@MahoroKirungo1 Ibi mu kuvyandika wibutse nawe ukwo wari wanditse kubijanye n'abasoda b'abarundi qui tombe sur le champ d'honneur? Urasubira urabe ivyo wari wanditse 8h before
@rutwesdras@NtacoCyriaque Mzee utwo tudetails tw'ingene abantu bambaye ni ivy'abigeme n'abakenyezi. Commenter sur utuntu nk'utwo bishira down carrière yawe, isanzwe yaranakorotse kubera umelangea politique n'umwuga w'ubunyamakuru
@TwirwanehoMoise He did well, as long as English is not the official language of Burundi. Can someone from English speaking countries do the same for French?