Top Tweets for #AkariKuMutima
👀 None murazi ingene Billy “Rolex” yisanze muri Yaga ?
Mwama mwamubonye kenshi mu ma “vidéos”. Arabatwenza, arabaryohera koko 😄
😊 Muri ya mpwemu y'imyaka 10 Yaga imaze, aratubwira vyinshi hano 👇🏿
#Burundi #Yaga10 #AkariKuMutima
Gufata ingingo yo kwiyugaza burundu ku bagabo bamwe bamwe ntivyoroshe, ariko Jean Claude Niyonzima yarabikoze 💁🏾♂
Ng'iyi intahe yiwe 👇🏿
#AkariKuMutima #Nyunganira #amagara
👩🏽🦱 Ati : "Narabonye ko mu baje kutugirira nabi, si bose bari bafise ako gatima ; gutyo, ndahakura icigwa gikomeye."
👉🏽 Iyi ntahe y'uwu mupfasoni irateye ubwoba, ariko, arangiza atanga inyigisho ihambaye.
#AkariKuMutima #BarundiTuyage #Burundi

💔 Hari indirimbo #Mkombozi yaririmvye, yibuka agaca arira
Urazi ubuzima yaciyemwo na projets ziwe ? Twamwakiriye muri #AkariKumutima 🤗
😉 Hagati aho, abazoja mu biteramo vya "Fata Imisaraba Tour", muzokwitwaze uburobe, imboga zizoba zihari 🍖😋
#ukubaho
😟 “Ubutungane ku bishe perezida #Ndadaye n’abo bakorana bwabaye akamizwe n’ingoma”.
Niko umukenyezi wa Pontien #Karibwami, uwahoze atwara Inama nshingamateka mu 1993, abibona. Asaba ko hogira igikozwe 🙏🏾
Twayaze, ikiganiro cose muzogikurikira ejo 😊
#Burundi #AkariKuMutima #kahise
🤭 Miss Popularity 2023 @TriciaUwera aratangara iyo avuze ubwoko bwiwe, abantu ntibavyemere. Ati : “Umutwakazi none ameze gute ?” 😅
Uno musi ari muri Yaga, aratubwira akari ku mutima 😉
#Burundi #AkariKuMutima #imico
“Natembereye Uburundi n’amaguru imisi 26” 😊
😉 Muribuka wa mwigisha yazunguruka Uburundi n'amaguru ? Yitwa Léonidas Maniragaba, uno musi niwe atubwira icatumye agira urwo rugendo 😌
#AkariKuMutima #ukubaho #Burundi #tourisme
🥲 “Twaribereye kw’ikarato ivamwo amasabune, twararaye ubusa, twaragwaye.” Ivyo vyose ni vyo Nipo Simple n’umutambukanyi wiwe Samiah babayemwo.
🥰 Here is their love story : https://t.co/zEdAfBopQe
#AkariKuMutima #UbuzimaBwAbubakanye

😞 Mu gitero cabaye i #Buta, abanyeshure barabuze gitabara.
😔 Hari mu 1997. Jean Nepo Bironkwa niho yiga. Ubwoba bagize, ukuntu babibayemwo, arabitubwira : https://t.co/8eV4dfcc6P
#AkariKuMutima #BarundiTuyage #kahise
❤️ “Umwana w’umu autiste yigisha abavyeyi kwihangana”
Kuba hari uwufise “autisme” mu muryango ntivyama vyoroshe. Aurélie Gahimbare uno musi ari kuri caméra yacu : https://t.co/IkdoRiBLPj ☺️
#AkariKuMutima #amagara
1994, le père de @KabwariEmelyne est porté disparu. Le corps ne sera jamais retrouvé.
Vaincre la douleur par une parole libérée a été une thérapie pour la famille. Une voie dont elle se fait désormais le chantre : https://t.co/eezwQ3e8fh
#BarundiTuyage #AkariKuMutima #histoire

Kebuka, nsekera...
🔊Ndi uw'i Kigaaaaliiiiii ✌
#AkariKuMutima
Last Seen Hashtags on Sotwe
Teenager
Seen from Brazil
rain
Seen from United Kingdom
teenageer
Seen from Brazil
nolimits nolimits
Seen from Turkey
问答
Seen from Canada
nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit () +filter:native_video
Retweet
Seen from Turkey
kartaltravesti
Seen from Turkey
omegle() filter:media
Seen from Turkey
女子個人形
Seen from Japan
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.3M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
113M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.3M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.5M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
72M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.5M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.9M followers

Bill Gates 
@billgates
64.6M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers


