Top Tweets for #BBC_Eye
“Ntaho tutari” / umu nye #Hong_Kong agwanya agatotezo
Kuva #China ihinduye amategeko muri Hong Kong, #Innes_Tang yarashinze umurongo w'amakuru y'ihohotera riba.
Kuva mu 2020, ibihumbi barafashwe na #police, hagwiriyemwo incabwenge.
Itohoza rya #BBC_Eye kuri #BBCNewsGahuza
#Sudan: 150 000 barishwe, imiliyoni 8 ni #impunzi
“Uyu muvumo w' #intambara watumye duhunga iwacu, #El_Fasher.”
Ababa i El Fasher bahanzwe n'urupfu, haba k’urusase, inzara n’inyota.
#BBC_Eye yabatohoreje ibiri mu ntara ya #Darfur.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Itohoza rya Africa Eye – ng’ubu uburyo #abimukira bibwa m’Ubwongereza
Amasanamu yo mw’ibanga, #BBC_Eye yerekana uko hari abakokorwa bemerewe gushikanwa #UK.
#Umuganga #Kelvin_Alaneme arahakana abamwagiriza ko yabivye bikomeye abemerera akazi.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Nk’imbogo, amafi, n’ibindi binyabuzima #birahonera m’uruzi Magdalena n'inkengera, kubera umwanda woba ari uwo ihinguriro #Ecopetrol.
“Ingaruka ziri no ku #magara y’abantu”. #Itohoza rya #BBC_Eye ryavyubuye aho muri Colombia. Ecopetrol irabihakana.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Ihinguriro ‘ #Aveo ’ ry’ #imiti y' #ibiyayuramutwe muri India rirabangamiye #Africa y’uburengero.
Abayihingura barazi uko yonona cane cane abana.
Abayobozi muri #India, babwiye itohoza rya #BBC_Eye ko Afrika yokwicunga.
👁️ Video ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/S05M3CJUKA

#India: Kuki abana b’abakobwa bahora bicwa?
#BBC_Eye yasohoye intahe ataho zari bwigere zerekanwa,
haheze imyaka 30 zitanzwe.
Raba iyi video ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/uCPCsEXdP2

‘Influencer’ rurangiranwa, ubu ari mu gasho.
Itohoza rya #BBC_Eye ryashitse iyo #Kat_Torres yajanywe gupfungirwa muri #Brazil,
inyuma y’amatohoza ya #FBI.
Raba video ya #BBCNewsGahuza.: https://t.co/hEinc2Izql

#Kenya: vyagaragaye ko mu ba polisi hari abafise uruhara mu nkoho zikwiragiye mu ba ‘civiles’.
“Urica, n'amahera uronka nt'azokurenza amezi 3, ariko uzoba washeshe amaraso, ivyo uzokwama wicuza.”
Ni itohoza rya #BBC_Eye
🎥 Raba video ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/38ayZNmvSh

#BBC_WORLD هیچگاه رسانهای مستقل از سیاستهای منطقهای «اداره امور خارجه و کشورهای مشترکالمنافع» بریتانیا نبودهاست.
#BBC_Eye بخش تولید مستندگونههایی با رویکرد عملیات روانی خاکستری است.
#Yemen - itohoza: Abacangero b’abany’ Amerika batumwe na nde? Kuki?
Fyonda https://t.co/2ldChE0TbV urabe iri #tohoza rya #BBC_eye,
muri video ya #BBCNewsGahuza

Last Seen Hashtags on Sotwe
ankaragay
Seen from Turkey
exny()**
สาวบ้านนา
Seen from Thailand
nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit #nolimit
Seen from Germany
Shankar
Seen from United States
Bluesky
Seen from Norway
อุดรนัดลับๆ
Seen from Thailand
ClaudiaAbusada
Seen from Peru
okulda
Seen from Turkey
stellarblade #nsfw
Seen from Netherlands
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.3M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
110.3M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.6M followers

NASA 
@nasa
92.1M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
90.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
87.5M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.3M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
72.9M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
69.7M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
69.6M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
63.8M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.5M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

X 
@x
60.8M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
60.6M followers

