Top Tweets for #ColonelBoraManasse
🛑‼️ 🗣️#ColonelBoraManasse, yahoze muri #Fdrl, twari dufise amashamba turimisha twari dufise hafi ibuhumbi 19 vy’ibisirikare , twari dufise frais de missions, kukwezi twaronka hafi ibihumbi 200000$ , yo gusoresha , akarere ka #NordKivu kari akiwacu, eka nibindi vyinshi , nikibuga c’indege ça #Goma nitwe twagi controla, twagurisha urumogi, ubutare bwari ubwacu ….
Conclusion yanje nka #Ntare, nshingiye kuvyo #ColBora yavuze , nkimba bari bafise ivyo bintu vyose bari bafise aho hejuru , kandi bari banegereye n’ #Urwanda bashaka gutera , bafise ubutunzi nk’ubwigihugu, bafise igisirikare hafi guhakwa kungana nic’Urwanda , bafise n’ibigwanisho vyofata ibihugu bibiri nkuko #GenJamsKabarebe, yaherutse kubitubwira, kuba mutashaboye gufata #Urwanda , muriyo myaka yose, #Uvira, igafatwa nabasirikare hafi ibihumbi 6000, nukuri ibigarasha biza gusoma ubu butumwa , hamwe n’imbonerakure naba #DD ,mushatse mwicare mutekane , ibintu vy’ingwano s’ivyanyu gukubitana urusoro, muvyihoze, Urwanda rurihejuru cane imyaka 32 , harwana ubuhinga niharwana ubwinshi, ibi bivuziki bivuze yuko iminsi yose ufise ico urwanira harimwo ubukinzi bw’inda budaharanira ico urwanira birapfa, nintaco murivyo vyose nanditse , mugize ngo mufashe Urwanda mworusenya rukamera nkuko Uburundi bwabaye uno munsi , irya Arena mwoyihindura ingoro y’#Interahamwe, amabarabara mwoyandura umwanda nka #Uvira uko mwari mwarahagize.
Reka mpeze mbwira igikona citwa yuko ciyemera arico , @R_Ndikuriyo , gufata Uburundi reka ndakubwire ici bisaba jewe nkuwagiye munkotanyi muri 92, Uburundi gugira bufatwe bisaba ibikurikira , fata ikaramu wandike , hakanewe ibihumbi 5000 gusa , n’ubuhinga na siasa ibindi birikora, kandi Abarundi isinzi nabasirikare nibakiri namwe 💯✍️
Ico ingwano #Fdrl yatsinze , ni idéologie y’urwanko nayo igiye kuzohera abo yayigishije nibo bagiye kuzobahiga babishuze ayo mabi babigishije.
#Intarezamwezigisabo

Last Seen Hashtags on Sotwe
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.7M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.5M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers
