Top Tweets for #Congoman
🛑‼️ Nkuko Afande @bbisimwa, yabivuze ejobundi siwaziye kama kuna mama wa #Minembwe anaweza akawa amezara jama pumbafu ka huyo @kongolo3, amejipa jina la ki #congoman , kashimama
Kama mfuko wandagaa..
🤣🤣👇👇 @IntareZamweziGi
🛑‼️ Uyu @kongolo3 , izina Yuda nijewe narimuhaye kandi ndavyishimira kuba ryafashe biramubereye , un criminel sans coeur
🛑‼️Hari umuyobozi wa #AFCM23, yanyandikiye ambwira mugishwahiri ati : Ntare iyingwano izodutwara igihe ariko tuzoyitsindira aba #Congoman bose atawe turabanuye💯✍️
Yongera ambwira ati namwe Nkabarundi mutegerezwa kwirwanaho mukazobohora igihugu canyu kandi kubwanyu , nkuko natwe twirwanira kubwacu.
Namusubije nti ndiyo Afande 🫡
Asuivre….

🛑‼️ Ntago ndi #Umunyamulenge, nta nubwo ndi umu #Congoman ndi Umurundi , ariko kuba gusa icipfuzo @GeneralNeva, co gushaka kuza gufata #Minembwe kandi atari iwabo kuberiki?
Yongere ashake no kubangaza nokubica bazira uko bavutse ari #Abatutsi , ndabarahiye yuko kumakuru mfise atazopfa afashe , #Minembwe 💯✍️,
Agende #Kinshasa canke #Washington , ntaho bazofata.
Amakuru umuhungu wanje yampaye ati muyomba vuba imisore igiye vuba kuzofata points zéro💯✍️
#JesuisMunyamulenge 💪

This #Congoman Gen Z acts as if we forgot the things he used to say. What is obvious is that whenever he doesn’t mention sanctions, Congolese people immediately turn against him. @JF_LE_DRIAN @PatrickMuyaya @amluzayamo

What Emmanuel Macron is forgetting is that France 🇫🇷 was defeated by Germany 🇩🇪 under Hitler’s regime.
Did France ever sit down and negotiate away part of its own territory? No.
So he should be the last person lecturing Congo 🇨🇩 about “dialogue” with Rwanda 🇷🇼. Paul Kagame deserves stronger sanctions for violating the territorial integrity of a sovereign nation the same Congo 🇨🇩 that France once called the heart of the French-speaking world.

🛑‼️ Aba #DD,naba #Congoman , bavyanka batavyemera, bose bategetswe , kuraba #TeamVisitRwanda , bazoyisoma kandi kungufu 😎😂
👁️#4TeamVisitRwanda⬇️😂😂

Mbega ivyago aba #Congoman bari m’uburundi barimwo , ivyo vyago bakaba babirimwo ku kubera inyungu za #Cnfdd na cane cane kunyungu za @GeneralNeva , yanse kw’ugurura umupaka batahe, ivyo bika vyareteye ishavu ribi kuba barakubiswe na #AfcM23 ibasohora mumuji wa #Uvira aho bari bamaze imyaka aribo bahagenzura .
Rero kubera agatubutse gahabwa na @fatshi13 , agahereza @GeneralNeva kw’ugurura umupaka wa #Gatumba yara rahiye ararengwa ko atazopfa yuguruye umupaka #AfcM23 itahavuye .
À suivre..
#Intarezamwezigisabo
Inyuma yuko #Uvira yatswe abarundi na #AfcM23 , Igisubizo aba #DD bariko baha aba #Congoman , ba bankiye kuja kwivuza bakongera baka bankira gutaha iwabo iyo bageze k’umupaka wa #Gatumba uwuzanye amanyama nukwica.
À suivre…
#Intarezamwezigisabo
Écoutons l’#AnalysonCongoTv 👇🏽👇🏽
‼️libère les refuge Congolais ‼️Reka aba #Congoman batahe iwabo nibiki ntaco mufise mubaha , nabiwanyu vy’arabananiye , ako nakagere kanyuma, abo bagiye kuzobahumira 💯✍️
#RetourDesRéfugiésCongolaisChezEux
@GeneralNeva
@Le_HCR
@onduhungirehe
@bbisimwa
@LawrenceKanyuka
@AlJazeera
‼️Gatumba‼️ Aba #Congoman bari mu nkambi za #Gatumba bariko barahohotegwa nakagwi ka #cndfdd , ati kuberiki bafashwe nabi kandi badashaka ko batahuka nkuko nabivuze ejo bundi nikubera bumvise y’amahera yama $ babemereye barabizi neza batashe deal ya #Uvira yoba ipfuye!!
Preuves en main : le gouvernement burundais empêche délibérément les réfugiés congolais de rentrer chez eux en #RDC, malgré la sécurité rétablie dans certaines zones. Ils les maltraitent dans les camps (fouets, violences, conditions inhumaines) pour justifier les financements du #HCR et servir les intérêts du #CNDDFDD.
#RefugiesCongolais #Burundi #RDC #HCR”
@bbisimwa
@WillyNG0MA
@WilliamsRuto
@PaulKagame
@onduhungirehe
@LawrenceKanyuka
Dégâts collatéraux!!!
Hari aba #Congoman , baciye
Ubwenge nabandi ni bule sana!!!
Uyu avuze kugira umuvyeyi w’igisuma bituma n’abana bahondwa 🤣🤣
Yongera avuga hari umuvyeyi yakunda kuja kwiba ibigori iminsi yose bamubajije ngo n’inde yivye ngo ntawe nzi, umunsi nyazina asubira kwiba uyomunsi inkuba yamuturiye intoki uyo niwe @GeneralNeva 🤣🤣🤣
À suivre…
#Intarezamwezigisabo
@FearlessLion03
@Katsuva_R
@TEDDYMAZINA
@bbisimwa
@albcontact
👇🏽🤣🤣
‼️‼️ Abagabo iwacu bararemvye @pnininahazwe , nukuraba nabone ukabavugira 🙏🏽
Erega icaduka cateye kuvaho irya ngwano ya congo yegereje m’Uburundi aba #Congoman basigaye baza nagehendesha uyu $ bashiki bacu hama bakabatera amada. Kandi bamwe muribo bubatse bigaca bizana imvururu mumago yabubakanye.
Rero abagabo bumvirizwe
Eka nanje narigeze gukubitwa ubuhiri kubera kuzira amatungo ya sokuru naragiye kwitwara ngeze kwa komiserie yambwiye ngo ntihangane ngo nd’Umugabo sasa tw’umvirizwe 🙏🏽
À suivre….
#Intarezamwezigisabo
@akasamutwe_250 NDASHIMA CANE KUBA ABA #CONGOMAN NABA #NYARWANDA BUMUTIMA MURIKO MURATAHURA ABOBANTU BAJE KURYANISHA ABARUNDI MUGUHEMBERA POLITIQUE YAMOKO YA #CNDD. MUBURUNDI ABATUTSI BENSHI BARICWA KUBERA ABAHEMBERA IVYAMOKO NKABO, ARIKO NABAHUTU BADASHIGIKIYE UBUTEGETSI #BARICWA, #BARAKENYE
‼️‼️‼️ Muri #Uvira bakaba bumvie akamoto kurusolo 🏃🏾♂️➡️🔥🏃🏾♂️➡️🔥🏃🏾♂️➡️🔥🤣🤣🤣
Intare za Sarambwe zikaba zibereye kumisozi zirabira inkintamico ya #Frdc na #Wazaza 👀🍿🤣🤣
#PrimeNiyongabo yapfunze ngo nta mu #Congoman arengana umupaka 🤣
À suivre
#Intarezzamwezigisabo
Nukuri aba #congoman bira kenewe ko bahabwa discipline nyayo
Umushinwa muri #katamga yariko arabakebura bakure amaboko mumpuzu kandi bareke kurya ubugari gatatu kumunsi 😂😂
@Kivuinfo24 @FearlessLion03 @THE600_ @GualNova @ReynoldsButari @TEDDYMAZINA @benbabunga @ScoviaMutesi
Imiryango mpuzamahanga ikwiye gushyigikira byihuse #AFC_M23 ihuriro aba #Congoman bose biyumvamo,
Ingabo za #FARDC muze mwihunge kuri #AFC_M23 mwubake igihugu kizira amacakubiri yazanwe na #TSHISEKEDI @fatshi13
@WillyNG0MA @bbisimwa @FARDC_Info @dr_dash250 @SadateMunyakazi
Umva ko muzi kuvuga! None muri
Aba bagabo wowe wakurikira nde? Urasmutse utazi ibintu by’umupira? Ariko bazi kuvuga kweli 😁
Umu Rayon 🔵⚪️ or APR ⚪️⚫️
La véritable flexibilité est de rester reconnaissant même lorsque les temps sont durs.
#LoveNatura #CongoMan
Last Seen Hashtags on Sotwe
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.6M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.9M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.8M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.3M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.1M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.2M followers

Bill Gates 
@billgates
65M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.9M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers











