Top Tweets for #Dynamo_BBC
@KingBurundian Abo bakinyi ba #Dynamo_BBC ni intwari. Si nka wewe utagira ubwenge n'umushaha. Ukeneye kuba intwari ushira igihugu imbere ya vyose, ukakigira umugenzi wa mbere pfampfe. Ntukicwe n'akamanyu k'umutsiba ngo uhemukire igihugu kuko iyo uri mu mahanga n'umubu ugusumvya agaciro.
#Update
Bategetswe kuva mu ma Hôtel barimwo bagataha mu Burundi.
Inkuru ya nyuma turonse,n'uko abakinyi ba #Dynamo_BBC bari baserukiye Uburundi muri Africa y'epfo bahejeje gusezerwa mur'izo nkino kuko barenze ku mategeko,bagakina banyegegeje ikimenyetso ca #VISITRWANDA.

#Update
Abakinyi be #Dynamo n'ubu ntivyoroshe.Naho baraye batsinze, amakuru duhejeje gutohoza n'uko bashobora gusezererwa mu mahinganwa ariko abera mu gihuhu ca Africa y'epfo bagasubizwa mu Burundi kuko bakinye banyegeje(bafutse)jvyandiko vya #VISITRWANDA.
Ni inkuru ibabaje.
Ya kipe #dynamo_BBC birangiye bayiteye #Forfeit kubwo kutubahiriza amabwiriza agenga jersey zo muri BAL, ibibyo urabivugaho iki?? 🤔🤔

Abarundi hari ikintu nshaka KO mumenya.
U #Rwanda, rwarabasize,
#Burundi #Dynamo_BBC yanze gukina #BAL4, yambaye #VisitRwanda iri kuri Jersey
IBI byabaye inkuru ahantu hose Kandi muri kutwamamariza, mwanze kuyambara muyamamaza kugahato 🤣
@Kay2506 @ChallUmurerwa @umuhirwaa

Abarundi namwe ntimukitware nk'abana, Neva yararozweeeeeeeeeeeeeeeee ntimukamwishunge, ishyari gusaaaaaaaaa
Equipe ya mu Burundi #Dynamo_BBC irigukina BAL, bashyize spradra kuri #VisitRwanda iri kuri Jersey bambaye😭 ese urabyumva ute?
@Kay2506 @ChallUmurerwa @umuhirwaa

#Update Amakuru ya nyuma duhejeje kuronka n'uko Uburundi bwahavuye bwemera gukina izo nkino.Abakinyi ba #DYNAMO_BBC baza gukina isaha imwe y'ijoro aho muri Afrika y'epfo bambaye uwo mwambaro wa #VISITRWANDA.
#Burundi_SA
Mu mugwi wa #DynamoBBC waserukiye Uburundi mu nkino za #BAL zitangura uyu munsi muri Afrique y'epfo vyoba bitifashe neza.
Abo bakinyi ntivyaboroheye inyuma yo kumenya ko bagiye gukina bambaye umwambaro wanditseko #VISIT_RWANDA.
Boba baronse itegeko rivuye kwa @NtareHouse ko bihenze bagakina bambaye uwo mwambaro ibikurikira bazimenya.
Ni mugihe hamwe batokina,igihugu c'Uburundi kizoca gifatirwa ibihano vyo kumara imyaka 5 budakinira hanze y'igihugu nk'uko biri mu mategeko agenga urwo rukino.

#Basketball : #Dynamo_BBC qualifié pour la demi-finale d’#Elite16
Après avoir battu #PAZI ,le club de basketball de la #Tanzanie sur un score de 88 points contre 85, le club de basketball #Dynamo vient d’être qualifié pour la demi-finale du championnat Elite 16 qui se tient dans la ville de #Johannesburg, capitale économique de la République Sud -Africaine.
C’est une victoire arrachée à l’issue des prolongations car, à la fin du temps réglementaire, les deux équipes étaient à l’égalité. Dynamo BBC a remporté la victoire grâce aux efforts d’Otobo Israël joueur d’origine nigériane qui a marqué à lui seul 20 points. Cependant, la qualification de Dynamo BBC à la demi-finale arrive après que le club ait enregistré une double défaite successive dans ce championnat.
En demi-finale, Dynamo BBC affrontera #City_Oilers de l’#Ouganda samedi le 25 novembre 2023.

Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
113.8M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.6M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.7M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.6M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.6M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
72.8M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.7M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
65.8M followers

Bill Gates 
@billgates
64.9M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.7M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers












