Top Tweets for #FDNBi
🛑‼️Muri district ya #Gasabo (segiteriyz Bumbogo). abana bariko bigishwa kuzorinda igihugu no kukibakundisha, nka kumwe kwa #Israel n’#Ubushinwa, Urwanda ruri kure cane 🚀
Ehe shahu ijisho ryabo n’ ukuntu baberewe , gusumba ya miserebende ya #FDNBi🤣
URGENT 🇨🇩🇧🇮
Plus de 235 soldats burundais ont été tués lors de récents combats à Minembe, dans l'est de la #RDC. Des sources confirment que certains corps sont transportés au #Burundi, dissimulés parmi des cargaisons de minerais.
Le #Burundi a déployé plus de 20 000 soldats dans l'est de la RDC, aux côtés de combattants des #FDLR (dont certains auraient été entraînés au Burundi), où Gitega est activement impliqué dans la guerre de choix de Kinshasa contre l'AFC/M23, sabotant ainsi toute perspective de processus de paix....
@Patriote257 @NtahirajaThren1 @chauffeur243

🛑‼️Nzovu ati uko bukeye nuko bwije, tuva mubice tuja mubindi adouiii nukumwinisha ipili pili 🌶️😂
Ubu na #America yari yizeye yuko , #Frdc na #Wazaza na #Fdnbi baza gufata #Rubaya, ariko basanze ikarata yabahombeyeko, baca bizanisha ivya #Ebola, bahora batera induru ubu vyabaheranye, ikintu #AfcM23 , igiye gukora, nkuko nabivuze , nzobibabwira vuba cane, umwansi dutegerezwa kumwima amakuru, ubu nuguhonda gasiya umuserebende umurizo ni Vuuuu🔥🔥
À suivre…
#Intarezamwezigisabo
🛑‼️ Amakuru nfise nuko @michombero , yabuze itiro , imisi yose aba #Fdnbi na #Wazaza bamurungikira amakuru, adafise ukuri nawe agaca ayaha #Kisekise😂😂
Honda za gasayi vunagura , imiserebende👇👇😂😂
🛑‼️ Bamwe baraciyumvira 2012 , ubu turi muri 2026, iy’ingwano izogenda gushika ,#Kinshasa neza na neza, hama état major ya #ARC , itegerezwa kuba muri Nord Kivu na cane muri #Goma, iyobowe #GenMakenga, muze mumenya, gusoma intambara.
À suivre….

🛑‼️ Nkuko nababwiye, ya miserebende, naba #Fdnbi na #Frdc , banse kurekura , imuduga y’infashanyo, yaciye kuri #Pointzéro, ejo ku masaha ya 18:46, barakubiswe, hatarenge ejo , #Pointzéro, #Twitwaneho na #Afcm23, barayicakira, vijana wako tayari kubohora abavyeyi,🔥🔥💪💪
🛑‼️ Wajinga 👇😂😂
🛑‼️ Mu #Rugezi , kuraya mango #FDNBI na #Frdc , bateye ibisasu 4 , nkuko, @bbisimwa , yabivuze ubu ntakurindira , yuko babandanya barasa ahubwo tugiye kubivuna
🔥🔥
À suivre….
C’est
🛑‼️ Ubutumwa, @Fidelrugabo, agate #Kilogologo, ati nyaruka ukure imiserebende yawe mumisozi ataruko
Sogereya #Minembwe upate kifo 🔥🔥
#MapendoTv 🎯
🛑‼️ Pasika ikaba ibaye Pasika , ariko #Kilogologo , ariyanka basi , umva #Never Kuba utwaye , @_AfricanUnion ,nibizobuza kuguhonda , bandanya uzana , izo mbonerakure naba #Fdnbi, umuriro #Mugeti na #Rusizi 🔥🔥
À suivre…

🛑‼️ Bitulutulu ya #Muluba njo itatumaka , moto inawaka. Aba #Wazalendo na #Fdnbi bose bafise ubwengwe bumwe 😂😂
🛑‼️ Imiserebende ya #Fdnbi n’Imbonerakure , bakubiswe ama box kumatama naba mai mai raba nabo uko baba basa bucafu barafatwa ikintu cambere babesha yuko ari aba #RedTabara , hewe shahu #Kilogologo nkimba ari ubwo bucafu utugemurira gumana hiyo 😂😂😂
#Twirwaneho , kubita Imiserebende 🫡

🛑‼️ #Minembwe ahitwa #kugipimo, adouiii , Intare za #Twirwaneho zibamereye nabi , mbega ibiziga #Fdnbi za #kilogologo zikunda urupfu basi 😂😂
Afande @fidele15173 , capa mu #DD 💥🏃🏾♂️➡️💥🏃🏾♂️➡️💥
🛑‼️Aba #Wazalendo , barikirigita , ico mwomenya nuko , #AfcM23 , ikanuye 👁️💯✍️
#Uvira nahonyene 💥💥💥
#Fdnbi naba #TZ , bamerewe nabi💥🔥💥
À suivre …
🛑‼️ Amakuru yo mumigwano , #Fizi ahitwa kwa Murima , abasirikare ba #Fdnbi na #Frdc , bariko bahondagurana ngo bamwe baje imbere abandi ngo hoya mama yangu nsîgenda imbere, ngo namwe mugende imbere ,
rero #Ibisuma vya #Kilogologo vyanse kuja imbere biziritse kugiti nk’ihene ngo ntaho tuja, ubu bariko bararasana😂😂😂
🛑‼️ #Twirwaneho genda muri #Twirwaneho , mbonye ivyo mukoreye #Fdnbi na #Frdc 👁️
Imana ikomeze kubaha izo mbaraga 🙏🏽💪
Afande @Fidelrugabo 🫡
🛑‼️9:41 #Mikenge iracari mumaboko ya #Twirwaneho , ejo 19:42 imigwano yahuje #Twirwaneho na #Fdnbi na #Frdc hamwe #FAA bakoresheje indege na drone , nukuvuga yuko #AfcM23 & #Twirwaneho bagikubitana , abasore bahindutse ifuku bakubita za katanyama baserutse mubutaka 💪💪
Bashaka #Minembwe ntayo bazobona 💯✍️
🛑‼️ Ibintu bibaye umuduruvayo akajagari gambo nangambo , #AfCM23 capa adouii
Ikibazo c’interahamwe na #Fdnbi bagwana bambaye impuzu zigi civil bahonzwe bagahindura ‼️‼️
🛑‼️ Bitu biko très très compliqué.‼️‼️
Zari ziryamiye ziyoroshe hama bazikura ishuka sasa , urarura ariko uranyobwa tu 🔥🔥🔥
À suivre…
🛑‼️ #Rugezi 12:34 , imigwano hagati ya #Twirwaneho & #AfcM23 , ibintu birakomeye #Fdnbi na #Wazazatakataka , bamerewe nabi , #Kundondo umu #DD yashatse kwinjira akubitw ma akamashu 55 bafashwe mpiri 😂🏃🏾♂️➡️🔥🔥🏃🏾♂️➡️🏃🏾♂️➡️
Vita inakuwa moto Sanaa

Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.1M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
112.6M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.2M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.4M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.8M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.7M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.2M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
71.7M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.3M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.6M followers

Bill Gates 
@billgates
64.5M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.9M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers



