Top Tweets for #FaraWacu
Buri gihe iyo #FaraWacu yanditse amateka turakunze guca dusubira inyuma kuraba runo rugendo yakoze kugira ashike aho ageze.
Biradutera intege nk'urwaruka tukabona ko atakamaro ko kurera amaboko.
@Burundi1stLady
@FrancineNiyons4
@burundionthemap
Que #FaraWacu naisse au #Burundi un certain 5 Mai?
Dieu l'a voulu ainsi😍
Pour ce jour si spécial, souhaitons un très joyeux anniversaire à la femme des records, fierté nationale, notre Amb. @FrancineNiyons4 🎊🎉🍕🎂
#Kuzîko257
#UmukenyeziNyenyeri
Elle❤️🇧🇮 abandi bari kure pour me tenir en haleine! Mais elle? rhooo des heures et des heures à assister ses exploits me paraîtraient des minutes! Félicitations sha #FaraWacu! U're a queen and we are proud of u!
🔴Ambassadeur @FrancineNiyons4 yaraye asubiye kwivyukiranya. Akaba yatahukanye ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya “cross-country” ryaraye ribereye ahitwa Venta De Banos, muri Espagne. FARA yirutse ikirere kingana n’ibirometero 10 mu minota 30:44”.
Mudufashe kumukeza!!

#Burundi: félicitations #Farawacu @FrancineNiyons4 Iteka watewe na @GeneralNeva kuba notre Ambassadeur urabikwiye.Imana Imbere @DNiyoncungu @willynyamitwe @nancymutoni

Ndakunda kuraba courses za Amb #farawacu surtout les derniers 100m. Focus aba afise sur son visage, l'expression de l'effort qu'elle fournit dans ces derniers mètres aho ubona la fatigue et doulour mais elle lâche pas then l'explosion de joie à l'arrivée.
Excellente leçon de vie!
#FaraWacu
Nkundira nkubwire ko rino joro ritaza gusa niryaraye riheze
Nuzuye akanyamuneza ko kuba navukiye mugihugu cakwibarutse #Uburundi
#Fara iyo ndiko ndaraba uko uhiganwa, ubwira ishaka n'ubukerebutsi ubikorana, ukuntu witanga ndahimbarwa nkavuga nti #BurundiRangwa
#Ramba

🔴Ambassadeur @FrancineNiyons4 ahajeje gutahukana ihiganwa rihejeje kubera I @dldoha muri Qatar ku metero 3000. Akaba yirutse ico kirere mu mwanya ungana 8:37.70.
Nimudufashe kumukeza !

Que #FaraWacu naisse au #Burundi un certain 5 Mai?
Dieu l'a voulu ainsi😍
Pour ce jour si spécial, souhaitons un très joyeux anniversaire à la femme des records, fierté nationale, notre Amb. @FrancineNiyons4 🎊🎉🍕🎂
#Kuzîko257
#UmukenyeziNyenyeri
Ce qui est sûr c’est que l’oeuvre fait parler et c’est là, la beauté même de l’art.
Enfin, Demain si elle choisit de porter un enfant, good, On la célébrera pour ça!
Aujourd’hui, elle porte une coupe et on célèbre #Farawacu
Tugire Amahoro.
4/4
Une femme donc ne serait admirable que si elle peut 'porter'!?Je suis sûre et certaine que si #FaraWacu avait été un homme on l'aurait représenté bras levés, biceps bien marqués et la coupe bien haute dans une posture de gladiateur romain limite🤔! Ne perpétuons pas ces clivages.
Comme on l'a fait à Bujumbura lors de son retour dans les compétition avec une victoire du record mondial,
@FrancineNiyons4 sera chaleureusement accueillie à
@RuyigiProvince dans sa province natale .
#FaraWacu
#Burundi
#Abatwip

Mu misi iri imbere bazobwira #Farawacu ngo yiruke yambaye igunira!
Ni kuki abagabo bama barajwe ishinge no kugenzura imibiri n'imibereho y'igitsina gore? (Kandi si mu Burundi gusa.) Mbe "misogynie" tuyivuga gute mu Kirundi?
Abarundi bavuga bati "Umugore mwiza yorima", bakongera bati: "Imburakimazi ibagara umushatsi, uwambaye akabindo ntakangaza, iminwe yakanye isogo ntikanya isoro, inyo yaguheneye ntikubunabunira,...".Mwari mukwiye gusaba imbabazi ababonye ico gishusho cambura agashambara u #Burundi
The votes are in 🗳️✅
After she broke the women’s 2000m world record at @MeetingZagreb in 5:21.56, you elected @FrancineNiyons4's 🇧🇮 performance as September's Moment of the Month!

🔄 Retweet to vote for @FrancineNiyons4 🇧🇮 following her 2000m world record of 5:21.56 at @MeetingZagreb!

🔄 Retweet to vote for @FrancineNiyons4 🇧🇮 following her 2000m world record of 5:21.56 at @MeetingZagreb!

🔄 Retweet to vote for @FrancineNiyons4 🇧🇮 following her 2000m world record of 5:21.56 at @MeetingZagreb!

Cette matinée, Au King’s Conférence Center, La championne @FrancineNiyons4 a tenu une conférence de presse plus qu’attendue à laquelle tous les médias burundais étaient conviés.
#ingomag
#burundi
#FaraWacu
#FireCine
#beautifulburundi

@KazenezaH @LEONCENDIKUMANA @FrancineNiyons4 Wapi... Déjà hari umunyarwandakazi yitwa @shaddyboo__92 , yatanguye kwiyitirira #FaraWacu! Narumiwe 😅😅

We @HosyIrakoze 🗣🗣ngira @shaddyboo__92 yoba yagiye gutora @FrancineNiyons4 ku kibuga c’indege ikanombe😂😂😂. #FaraWacu
Last Seen Hashtags on Sotwe
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.6M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.5M followers

Bill Gates 
@billgates
65.3M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.7M followers






























