Top Tweets for #Gasanda
1/2 Akanyamuneza Kari kenshi mubagumyabanga, mumyiyamamazo yo kur'uwu wa 24/5/2025 muri zone #Burunga yahora yitwa #Gasanda kundinganizo ya kera, Aho Abanywanyi bashasha barenga 45 Bavuye mumigambwe itangukanye bakirwa icese mumugambwe @CnddFdd muriyo Zone.
#Tsinda2025

⛓️ Pour avoir refusé d'être recensés sous prétexte que leur croyance ne leur permet pas à participer au #recensement; sont en détention au commissariat communal de #Bururi (@Province_Bururi) depuis le 20/09/2024, deux personnes de la zone #Gasanda
⚖️ L'admicom de Bururi a annoncé que ces personnes, ainsi que d'autres récalcitrants, seront traduites en #justice pour leur opposition au plan gouvernemental
#Burundi #RGPHAE2024

🐝 #AbaX mwiriwe, tugorobeje mu #Ruyigi ahavugwa ikinga ryoba ari iryibano none mweneryo yoba yifashishije inzuki mu kurirondera
📆 Ivyo vyabaye kuri uyu wa 10 Nzero 2024, ku gituro (parking) c'amakinga kiri muri quartier #Gasanda mu gisagara ca Ruyigi aho abanyonga amakinga bagiye babona inzuki nyinshi ziremera kw'ikinga neza na neza ku mahembe yaryo (guidon) nyeneryo ntiyabaye acubahuka kuritora ariko kandi izo nzuki ntawe zakomakomye mu bari aho
🔸 Abazi kugendereza ibintu n'ibindi bahavuye bibaza ko iryo kinga ryoba ari iryibano maze nyene ryo akaba yoba yahisemwo kurirondeza akoresheje izo nzuki
⏳ Ryahamaze igihe kinini barahava bahamagara igiporisi ngo kibijemwo, naco gica gifata ingingo yo kuryiyegereza kugira haramutse haboneka uwuvuga ko ari iryiwe atange ivyemezo abone kuryegukira
🎙️ Uwarinyonga we yavuga ko arimaranye imyaka 3 asigura ko n'uwarimuhaye akorera i @Gitega atari hafi
🤷🏾♂ Ariko rero bagenzi we banyongera amakinga aho mu Ruyigi bo bemeza ko arimaranye amezi make yababa nk'umunani
👀 Iryo kinga ari rwawe wari kuvyifatamwo gute ?
#Burundi #Abatwip #Jimbere
⛈️ Une pluie mêlée de vents violents s'est abattue sur la colline #Kiganda en zone #Gasanda de la commune #Bururi dans l'après midi de ce 17/05/2023
✍🏾 Bilan connu: 4 maisons détruites, le bureau du chef de colline abîmé, les routes Gitara-Gitsiro et Rubanda-Nyabitare endommagées
🙏🏾 Le chef de colline : "Toute aide est la bienvenue"
#Burundi

📍 Koperative "Twiteze Imbere" yo ku mutumba #Nyakibari zone #Gasanda, komine #Kayokwe mu ntara ya #Mwaro, barabica bigacika mu kwiyungunganya
💵 Ku mutahe w'ibanze ungana 424.000 Fbu baronkejwe na @UNICEF_Burundi, bahingura amata, ibitumbura n'iforomaji bikozwe mu giterwa c'isoya
▶️ Kaze murikirane inkuru y'umwizero yabo
#Burundi
🇧🇮⚽ L'Ecofo #Gasanda du #Burundi écrase #CemBoulous de la #Djibouti sur un score de 7-0, ce 17/02/2023 dans le tournoi du #CecafaZonals en cours à #DarEsSalam (#Tanzania)
✍🏾 Dans le 2è match, Gasanda a fait match nul (1-1) avec #AlJaeelGenina (#Ethiopia) https://t.co/kLF788yP2Z

🎯Côté garçons, l'Ecofo #Gasanda de @RuyigiProvince va croiser le fer avec #CemBoulous de #Djibouti ce 17/02
💰Les prix en USD pour les 1er, 2è et 3è: 100.000, 75.000 & 50.000, avec une qualification au "Maiden African Schools Football Championship" prévu en avril 2023
#Burundi

Les cultivateurs de la zone #Gasanda en commune et @BururiProvince demandent que les 800frbu sur le kg de café Cerise soient revus à la hausse jusqu'à au-moins 2000frbu.C'est au moment où certains ont abandonné cette culture en faveur de celles qui leur donnent+d'argent.#Burundi

#Burundi Pr Ntahomvyariye Lucien , un habitant du quartier #Gasanda "c'est étrange d'entendre bientôt une radio chez nous à @RuyigiProvince ." Et d'avouer, " ça me dépassait même de comprendre comment une personne parle ds une radio, Agaseke FM me sera une réponse et une école"

Tuyihaye Claudine ni umwigeme wo mu @RuyigiProvince,karitiye #Gasanda.Asanzwe yiga muri @UB_Rumuri mu gisata ca #Statistics kiri muri Campus Nyamugerera. Haruhande y’ishure akora umwuga wo kujisha ibitambara vyo kumeza...
Bandanya usoma uciye ngaha: https://t.co/wLqmd2bUGZ

Kur'uyu wa 02/07/2022, Umunyamabanga wa @CnddFdd muri @Province_Bururi @IRADUKUNDAD5 yaragiranye umwiherero n'abagumyabanga b'indongozi ba zone #Gasanda Komine #Bururi aho bigiye hamwe ivyotuma amajwi aduga muri 2025. Ivyo bibaye inyuma yo kugendera imitumba yose igize iyo zone.

Mu gitondo co kuri uwu wa 01/07/2022, Umunyamabanga wa @CnddFdd muri @Province_Bururi @IRADUKUNDAD5 yagendeye #Abagumyabanga bo ku mutumba wa #Mubuga muri zone #Gasanda Komine #Bururi, mu ntumbero yo gutsimbataza umugambwe. Uwo mutumba ukaba ubaye uwanyuma agendeye muri iyo zone.

#Burundi Kuri uwu wa kane 30/06/2022, Umunyamabanga wa @CnddFdd muri @Province_Bururi @IRADUKUNDAD5 yagendeye #Abagumyabanga bo ku mitumba ya #Rukanda na #Burunga muri zone #Gasanda Komine #Bururi, mu ntumbero yo gutsimbataza umugambwe asanze Abagumyabanga ku kivi.

Les segments qui vont constituer le pylône sont arrivés ce 5/6/2022 à @RuyigiProvince dans le lieu où va être implantée la radio Agaseke FM. C'est exactement au quartier #GASANDA.
Les contributions pour ce projet d'intérêt communautaire continuent.
Êtes vous prêts à contribuer ?

#Burundi: @RuyigiProvince, une forte pluie mêlée de gèle a fortement frappé les Collines de #Sanzu et #Gasanda du chef lieu de la Commune et province #Ruyigi. Ce sont les plantations de ma��s et de bananiers qui ont été durement touchées

😇📖Si Sœur Gloriose Habonimana est la 1ère fille de l'ethnie #Twa consacrée à Dieu au #Burundi, Claude Nkeshimana est, depuis 2007, un Révérend Pasteur Twa très apprécié des fidèles au sein de l'Eglise Méthodiste Libre, paroisse #Gasanda, commune #Kayokwe en @MwaroProvince

📿🚺Évolution tous azimuts des mentalités.
Première fille au #Burundi de l'ethnie #Twa consacrée à Dieu! Soeur Gloriose Habonimana, originaire de la paroisse #Gashikanwa a fait ce samedi 24 juillet ses premiers vœux dans la Congrégation des Sœurs Bene Bernadette du @DioceseNgozi

Last Seen Hashtags on Sotwe
Bilnetle100YılCoskusuEvlerde
Seen from United States
pejuhin
Seen from Indonesia
inses
Seen from Indonesia
Chapínas
Seen from Guatemala
gay
Seen from France
momson filter:videos
Seen from Norway
omegle #teenager filter:videos
Seen from Spain
momson()***** () + filter:native_video
Seen from Australia
landscapephotography
Seen from United States
CNNoisylesec
Seen from United States
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.8M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
111.3M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.8M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.1M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.9M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
70.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.1M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
63.3M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.1M followers

X 
@x
60.8M followers
















































