Top Tweets for #KAHISE
📜 #Kahise - Umwami wa nyuma w’Ubwami bwa Ethiopia, Hailé Sélassié yaragendeye Uburundi
Mu gihe Umukuru w’Igihugu c’Uburundi ariko aragendera igihugu ca Ethiopia, birakwiye kwibutsa ko imigenderanire hagati y’ivyo bihugu bibiri atari mishasha, ahubwo ifise imizi miremire muri kahise.
📅 Tugaruke mu mwaka w’1971, ku wa 24 Ndamukiza, aho Umwami w’abami wa Ethiopia ico gihe, Ras Tafari Makonnen, azwi kw’izina ry’ubwami rya Hailé Sélassié, yagendeye Uburundi.
🤝 Yakiriwe na Perezida w’Uburundi ico gihe, Michel Micombero, yari amaze imyaka itari mike atembagaje intwaro ya cami mu 1966, agashinga Repubulika.
🏛️ Muri urwo rugendo rwiwe, Hailé Sélassié yarashitse no mu gisagara ca Gitega, uno musi kikaba ari co gisagara gikuru ca politike mu Burundi.
👑 Ras Tafari Makonnen, yimitswe kw’izina rya Hailé Sélassié, avugwa ko akomoka ku Mwami Salomo wo muri Isirayeri. Yaramenyekanye cane nk’umurongozi akomeye, igihugu ciwe na co kikagira ikibanza gihambaye ku rubuga mpuzamakungu.
🌐 Ni umwe mu bantu bagize uruhara rukomeye mu gushiraho umuryango w’Ubumwe bwa Afrika (OUA), aho yakoranye cane n’umukuru w’igihugu ca Ghana ico gihe, Kwame Nkrumah, mu gushigikira ubumwe bw’ibihugu vya Afrika.
🕊️ Ku rundi ruhande, Hailé Sélassié afatwa n’abemera inyigisho za Rastafari nk’uwudasanzwe. Abakunzi b’umuziki wa Reggae n’izo nyigisho bamubona nk’intumwa y’Imana "messiah", yahamagariwe gufatanya abirabure bo kw’isi yose no guteza imbere iciyumviro co kugarukana muri Afrika abajanywe nk’inyagano mu bihugu vya Amerika.
Amashusho : Reuters
#Burundi #IrisNews
Nagira nsabe aba bubahwa bacu ,
Nyenicubahiro @GeneralNeva Na Nyeniteka @R_Ndikuriyo ko boja baratunganya inyigisho kurwaruka zibibutsa #Kahise k'Igihugu kugira bazirikane iyo twavuye.
#Ntagufyina kugihugu 🇧🇮 #Kirarwanirwa
#Tugire @CnddFdd
@NtareHouse @CBurunga

Tuzirikane #Kahise 🙆🙆
Warakoze cane @CnddFdd kubona waraje abenegihugu bakiruhutsa .
@NtareHouse @burundi_cvr

#Kahise🇧🇮: Ijambo riremesha Hon. RWASA Agathon yashikirije #Abarwanyi b'Umuhari #PalipeHutu FNL bagire bitegurire kuzo demobirizwa igihe yari yasinye amasezerano yo guhagarika intambara. Hari kuwa 18 Ndamukiza 2009 mu #Rubira muyahoze ari intara ya #Bubanza.
Muri Kano kanya nariko ndaganira n'umukurambere tuyaga kuri #Kahise k'uburundi
Emwe nibaza ko uwanka @CnddFdd ari uwutazi agahitiye mugihugu ariko namba koko abizi nuko ari muri babandi bamenyereye kurya ivyabandi.
#Haduga_Hanyerera dushigikire iyi Reta ya Gitega 🦅
@NtareHouse
#Kahise: Umwami #Mwezi_Gisabo #Bikata_Bijoga
Igihe mu mwaka wa 1908 umwami #Mwezi_Gisabo yatanga, yari amaze imyaka irenga 55 ku ngoma.
Benshi twibuka uyu mwami nk'uwagwanije #abadagi baje kwihagira Uburundi bwa Nyaburunga atako ashira umukono ku #masezerano_ya_Kiganda yaha ubutegetsi abakoloni mu 1903.
Yamara ingoma ya Mwezi Gisabo yaranzwe n'izindi #ngwano nyishi hamwe n'izindi ngorane nk'#amapfa n'#ibiza vy'ivyaduka.
Zimwe mu ngorane Mwezi Gisabo yahuye na zo ni izi:
1. #Ingwano_yo_gufata ingoma. Umuganwa Twarereye ari we #Twarereyingoma yari azi ko ari we azokwimikwa Ntare Rugamba atanze. Ariko Bijoga yamye ari amarere aca afata ingoma mu kibanza ca Twarereye afashijwe na bamwe mu batare bandi nka #Birori, #Rwasha na #Ndivyariye. Twarereye nawe yavuga ko yibwe ingoma mu gihe yari yayirazwe na se. #Bijoga aca yegeranya ingabo aja kurwana na Twarereye urugamba rufatanira i #Nkondo ya Kiganda. Twarereye apfiriye mu rugamba Mwezi aboneraho gushikama ku Ngoma.
2. #Kilima - Kilimamyampi canke Gihanamusango yaje azananye i Bushi. Yavuga ko yavyawe na Ntare Rugamba ku mushikazi akavuga ati nije nari kuja kungoma data atanze.
3. #Maconco - uyu mukwe wa Mwezi Gisabo yatwawe imbwa yiwe Mushuzo n'umwami. Maze umunsi umwe yibutse iyo mbwa agashavu karamutwara ahenura umugore wiwe yibungenze yitwa Mugamba (umukobwa w’umwami), uno agwira inda aca arapfa. Urwo rupfu rw’umwana w’umwami ruca ruba intandaro y’uguhigana bikomeye.
Umwami amaze kwumva inkuru y’uko Maconco yishe umugore wiwe amwita umumenja maze arungika ingabo ziwe (abadasigana) kumufata iyo yar’ari ku ngoro iwe i Busimba. Ni ho Maconco yahungira mu Nyankarange ku rundi rugo rwiwe.
4. Umugumuko w’uwo bita #Rwerekanabirenge mu buraruko bushira uburengero bw’intara ya Kayanza,
5. Ibitero vyagizwe na #Biroro mu kiyaya c’Imbo, #Rwoga mu bumanuko, #Kibango mu buraruko.
6. #Ikigoyi cateye mu 1880,
7. #Inzige hamwe n' #ibiza vyamaze abantu, amasho n’ibindi kuva mu mwaka w’1890 gushika mu 1892.

@GeneralNeva yakuze akunda igisirikare ariko ntivyakunze ko akijamwo kubera cari ic Ubwoko bumwe. Muri 1995 haba ihonyabwoko ry Abanyeshuri b Abahutu biga Kaminuza y Uburundi niho yaciye yifatadikanya na @CnddFdd .
#Kahise.
#Umunyoni.
@d_mudeyi Iyo ataba gukurikira no kwemera inyigisho za Bibiliya, muba mwarandiye ubu muba mumvuga muri #Kahise kurya mwagize #Sogo. Muba #mwarantamitse kurya muheruka kubikorera #Vuu!
So, #Imana iwanje iza imbere ya vyose Ikaba hejuru ya vyose. Niyo mpamvu #Yanyimanye 🙏🏾🙏🏾🙏🏾
📑 Itegeko nomero 1/1 ryo ku wa 15 Nzero 1980 rigenga imiryango n’abayibamwo, ryo muri Repuburika ya 2, ryavuga ko izina ry’umuntu ari iryo bandikishije muri komine kandi umuntu yitwa izina ashatse.
#kahise

Ico #abashakashatsi nka bose kuri #kahise k'u #Burundi bahurizako ari benshi ni uko, #umuryango ari ntabanduka kugira ngo umuntu amenye ivya #kera.
N'uko rero mugahera kuri "Hutu" & "Tutsi", amajambo yari asanganywe izindi nsiguro kazoba kabaye.😉
Ntabona.
⏳ Mu myaka idashika 5, ama Reta 8 niyo yakurakuranye ku butegetsi, inyuma y’urupfu rwa #Rwagasore.
🤔 Uti kuki izo Reta zamara akanya urume rumara ? Ido n’ido hano ⬇️
#BarundiTuyage #IdoNIdo #kahise
#Burundi #Kahise #Amateka #Imibano #Amoko #Hutu #Tutsi #Abatwa
Umwigisha wa kaminuza Dr #denis #Bukuru, yatohoje ku vya kahise n'akaranga k'abarundi aradufasha gutahura neza ikibazo c'amoko mu #Burundi, duhereye muri kahise, gushika ubu.
Ni mu kiganiro SAGAMBA uwo mwigisha wa kaminuza yakoranye n'abamenyeshamakuru Evariste Nzikobanyanka na @TEDDYMAZINA baremesheje itarike 9/04/2014.
Mur'ico kiganiro baramubaza imvo n'imvano vy'ubwoko mu Burundi, insiguro abarundi baha amoko, uko ugutahura ubwoko vyagiye birahinduka, n'umuti twotorera ibibazo bifatiye ku bwoko.
Reine Belle Monique Nyeniteka yarashikiriye abanyagihugu arababaza ikibanza ubwoko bufise mu buzima no mu mibano yabo.
🔷Emission : " Sagamba Burundi " animée par Evariste Nzikobanyanka na Teddy Mazina
🔷Publiée par : Les Citoyens & soutenue par la Maison de la Presse, Burundi
🔷Date de sortie : le 9 avril 2015
🔷L'invité de l'émission : Dr Dénis Bukuru
🔷Diffusée sur : @RTVRenaissance , @RT_Isanganiro, @BoneshaFM, @radio_rpa et Radio #CCIB
#SAGAMBA | Dr Denis #Bukuru asigura inkomoko y'AMOKO mu #burundi aganira na @TEDDYMAZINA hamw na Evariste #Nzikobanyanka
https://t.co/qZCXQwKC7c
#Kahise k'Uburundi
5/5
#Kahise k'Uburundi
4/5
#Kahise k'Uburundi
3/n
#Kahise k'Uburundi
2/n
#Kahise k'Uburundi
Ntamu historien ashobora kwandika kahise avec une position neutre? 1/n
@HollyEude @BATUNGWALOYS @ReynoldsButari @Baconib @BURUNGA_ @ninteretse @WilsonLixon @nk66456
Last Seen Hashtags on Sotwe
mom()son
Seen from Turkey
nolimit()*** +filter:native_video
Seen from United Kingdom
selling
Seen from United States
tommavi lang:it
Seen from Italy
midgetporn
Seen from Turkey
เย็ดเด็กนักเรียน
Seen from Thailand
SayNoToWhiteBoys
Seen from Latvia
Backrooms
Seen from Ukraine
oblm
Seen from Germany
chav
Seen from Sweden
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.4M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.3M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
110.2M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.6M followers

NASA 
@nasa
92.1M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
90.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
87.5M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.3M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
72.8M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
69.7M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
69.6M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
63.8M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.5M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

X 
@x
60.8M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
60.5M followers


















