Top Tweets for #Mayben
【Fashion Tsushin 40th Anniversary Message - Mayben】
ジュエリークリエイターのメイベンさんからは手書きのメッセージと自撮りのコメントをいただきました!
#ファッション通信 #40th #Mayben #daysinshell #ジュエリーデザイナー
🔴 Umuraperi #Mayben, ari mu banyempano bacu mwakunze cane, bivanye n’ubuhinga hamwe n’ ubutumwa buri mu majambo yakoresheje mu ndirimbo yiwe bwite yiyandikiye yise #Family. Ku batari bwamumenye, twaramwegereye aratubwira bimwe mu bijanye n’ubuzima bwiwe, imigambi ya vuba niya kazoza mu bijanye n’impano yiwe yo kuririmba. Bisome hano 👇
📍💬 « Nitwa Niyonkinzo bénit, umuziki ukanyita Mayben, nkaba mvuka mu muryango w’abana 9. Murabo 9 tukaba turi 7 dufise impano yo kuririmba. Bamwe bamwe barazwi muruyu muziki wacu. Iyo impano yacu ikaba ikomoka kuri maman wacu.
🔹Kuva kera, je kuririmba numva kwari ibintu vyoroshe, nshoboye, muga nkagira ikibazo ca téléphone kugira nshobore kuronka instrumental no kwifata amajwi, kuko sinarinzi kw'indirimbo bazandika. Niko kucangirirwa amahirwe mukuru wanje angabira phone ntangura gu téléchargea instrumental.
🔹Muri 2019, niho nanditse indirimbo yanje yambere harimwo imwe mu mistari iri mu ndirimbo Family. Ndayiririmbiye abagenzi, baranse kuvyemera ngo niya mukuru wanje. Ariko nabandanije nkora kugeza naho ndambirwa kuko nabona ivyanje ataho bigera.
🔹Ariko muri 2022, naciye ntangura kuza ndaja muma compétitions amwamwe, nkatsinda, nkaronka udufaranga twokuja muri studio. Nanubu nkaba nkiriko ndapambana ndabe ko noshobora kuzogera kure, nkahageza n'Igihugu biciye mu mpano yanje».
#lesbeautesdecheznous #akezanet #LesTalentsDeChezNous #music #Burundi

Hola twitter@s ¿ aun no tienen el Último Single de la #Diva @Yurena_ ? #Mayben ,pues lo pueden obtener en todas las plataformas digitales ,no se queden sin el Single #ritmo #Verano #divertido #Salvame @jjaviervazquez #FelizViernes #FelizFinde

Exposé sur les mayas. Bravo #mayben

Good luck to my love @dging757 at sand soccer today, you're gonna kill it! #mayben

Last Seen Hashtags on Sotwe
vamosguatesisepuede
Seen from United States
honkaistarrail cuntboy
Seen from Thailand
LoveIslandUSAReunion
Seen from United States
horny
Seen from France
लहार
Seen from United States
snapchat
Seen from Spain
KeerthySureshhot
Seen from India
mothertaboo
Seen from United States
anxiouspanda()()()()************* +filter:videos
Seen from Turkey
load
Seen from Australia
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.9M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.6M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.5M followers

Bill Gates 
@billgates
65.3M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.7M followers














