Top Tweets for #Parusi
🛑‼️ 👀 Uko vyifashe muri #Uvira , #Cndd , kubera ubwoba bwinshi bafise yuko #FRN , yofata #Uvira bagasigara bari muryahumye, bategetse , #Parusi muri y’anama yabera i #Gitega gukora imyigaragamvyo yo kwiyamiriza #FRN_ARC irongowe na #Kabila, ariko amakuru turonka nuko , bagiye bakubita abanyagihugu abandi bafashwe , Imbonerakure #Fdrl na #Wazaza , nibo bari muriryo terabwoba ryo gufata abantu .
Ariko #FRN iri kuririya misozi mubona👀
À suivre…
🛑‼️5/5 Abasirakare bamaze iminsi bahunga baburiwe irengero , #Gitega iriko irajugumira, amakuru nikuriye mu #Carama, ati , none boba bajanyiranye muri #RdTabara‼️
Aba #DD , vyabayobeye , amakuru asukuye yaho bagiye vuba ndayabaha , #Kirogorogo , ngo yarondeye abayobozi ba #RedTabara ,asanga imihora yabo yose irugaye 🔏
Siasa vijana💪🏾
À suivre…
🛑‼️ Guvereniri, wa #Uvira, #Parusi, yabuze icafata nico areka , ibintu vyamucanze , ubwoba buramusa, ntazi nigendere muri #FRN canke ndabigenze gute🙆🏾♂️
Ndabibutsa yuko uyu mugabo uko #FRN isatira ibice icambere akora numuvuduko 🏃🏾♂️➡️
Ariko ejo mubonye abivuyemwo akigendera muri #FRN , nukozomuha amshi yiwe kubera nubu , aracunzwe gose ntabacike.
À suivre..
🛑‼️ Muri #Uvira, amazi ariko arabira, ibintu vyanse, aba Wazaza naba 🦉, na #Frdc , bose bakase imipaka, #Parusi , yankiwe kwinjira mu bureaux 🫣
Narababwiye , #AfcM23 & #Twirwaneho baozokwinjira muri #Uvira #Kilogologo, arorera 👁️

‼️Update‼️ Intare za Sarambwe ,muri #Uvira🇨🇩 , barengana imbere yo kwa #Gouveriniri #Parusi yakuye ayabira🏃🏾♂️➡️🏃🏾♂️➡️
À suivre…
#Intarezamwezigisabo
‼️Update ‼️ Kazungu akora mwi perereza ariko yakira abazarendo baje bavuye ibuvira abatari bake kuva kumunsi wejo bashikira iwe💯
Ejo isaha 11 hategentijwe inama ikomeye izoba irimwo #KatumbaNyamwasa #Parusi #Makanaki #Mayele #Bitakwira
Ikazobera isororezo numéro 25 bitabereye ngaho ishobora kubera kukibuga c’indege 👀
À suivre
#Intarezamwezigisabo

Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.3M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.4M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.6M followers

