Top Tweets for #Rukeco
#Ngozi, 7/3/2026 Abagumyabanga ba zone #Rukeco bahuriye hamwe mu birori vyo kwigina intsinzi y'Umugambwe @CnddFdd, Ibirori vyatewe iteka na #Bosco_Ndayishimiye, umunyambanga ajejwe imihari mu ntara ya #Butanyerera.
Zone #Rukeco imaze gutera ivoka zirenga 540,000
@R_Ndikuriyo

#CnddFdd_Ngozi,
20/02/2026:Ubuserukizi bw'Umugambwe @CnddFdd muriyo Komine,bugiwe imbere n' umunyamabanga w'umugambwe wa komine #YAKAREMYE,bagendeye ubucimbiri 16 bwa Zone #Rukeco mu ntumbero yo kwirabira ko amabarabara yose ateyeko mavoka kandi zizitiwe kugira bayarinde ivyonyi

1/2 #Burundi: Dans une prière de célébration de Pentecôte, le Président du @Burundi_senat et Evêque de l'@UMC_Burundi, Très @HonSinzohagera, s'est joint aux fidèles de la paroisse #Nyabizinu de cette église, située en Zone #Rukeco, commune #Busiga en @NgoziProvince

Avant #Birambi, la représention du @CnddFdd Butanyerera a fait une descente ce même lundi sur 7 collines de la zone #Rukeco en commune élargie de #Ngozi.
Il est à signaler qu'en zone Birambi, plus 670 nouveaux membres ont adhéré au CNDD-FDD, tandisque sur les 7 collines de la zone Rukeco, 128 y ont adhéré en provenance d'autres formations politiques.

Ngozi 26/5/2025 Ubuserukizi bwa @CnddFdd mu ntara ya #Butanyerera , mu bikorwa vy'imyiyamamazo bwagendeye zone #Rukeco ku mitumba 7 muri komine #Ngozi aho hakiriwe abagumyabanga bashasha 128 binjiye bavuye muri @CnlBurundi na @UPRONA__1961
@R_Ndikuriyo

L'idée est d’impliquer toute la communauté pour faire de la vallée de #Rukeco un centre de production de piment reconnu. Chaque famille peut cultiver et tirer des revenus de cette activité, explique Marc Manirakiza.

#Burundi 6/1/2025
Umunyamabanga wa @CnddFdd muntara ya #Butanyerera yagendeye imitumba yose ifise zone #Rukeco yo muri komine #Ngozi murivyabikorwa vyogusuzuma amanamnshingiro muntumbero yogutegura neza amatora ya 2025.Akaba yaciye yakira abanywanyi bashasha 82.
@R_Ndikuriyo

17/12/2024 Ubuserukizi bw'umuhari w'imbonerakure muri komine #Ngozi bwagendeye zone #Rukeco , Umutumba #Gatika ahari umurima w,ibigori vy'Imbonerakure ungana ni hectare 2 n'Igice no ku mutumba #Kimagara mu gusarura ibigori vyarimwe muci.
@CnddFdd
@R_Ndikuriyo
@DorianeMunezero

L'inspecteur Général de la @Burundi_Police en compagnie avec le Gouverneur de @NgoziProvince s'est joint à la population de la zone #Rukeco de la commune #Busiga dans les travaux de développement communautaire ce 11/5/2024.

En compagnie du gouverneur de la @NgoziProvince, Cédric Budomo , l'inspecteur général de la @Burundi_Police s'est joint à la population de la zone #Rukeco de la commune #Busiga dans les travaux de développement communautaire.

@santegidionews a célébré la fête des rameaux dans plusieurs coins du #Burundi avec ses amis pauvres. #Rukeco Ngozi , les amis de #Santegidio ont rendu visite aux pauvres pour leur offrir des rameaux en signe d'amitié et de proximité

06/03/2024 uwurongoye umuhari w'AbakenyereraRugamba muri komine #Ngozi #HatungimanaAlvère yafadikanije n'AbakenyereraRugamba ku mutumba #Kavumu zone #Rukeco mu bikorwa vyo gutorera no kubagara umurima w'umuceri ungana na 1/2 ha.
@CnddFdd @R_Ndikuriyo

#Burundi: Le 2ème Vice-Président du @burundi_senat, Honorable Fabrice Nkurunziza, s'est joint à la population de la commune #Busiga en @NgoziProvince dans les travaux de bouchage des nids de poules sur la route reliant la zone #Rukeco et la commune #Gahombo

8/2/2024 umukuru w'abakenyererarugamba komine #Ngozi yagirishije inama aba motard bo muri zone #Rukeco aho bayaze : Impanuro n'Inyifato ibereye umumotard, kugira umurima w'amavoka ya Ruhere, kwitabira inama nshingiro z'abamotard uko ari zibiri kuva Ubu.
@CnddFdd
@R_Ndikuriyo

04/01/2024 Mu ntumbero yo kunagura #AJADEBU n'ugushira ku kivi Imbonerakure n'abakenyererarugamba, Umunyamabanga ntunganyabisata ajejwe imihari muri #Butanyerera yifafikanije n'aba #AJADEBU mu gutera umurima w'Umuceri1/2 ha ku mutumba #Rumbaga zone #Rukeco.
@CnddFdd
@R_Ndikuriyo

#Burundi @NgoziProvince commune #Busiga
Hari abanwanyi b'umugambwe @CnlBurundi batabarizwa
Abo banwanyi bose ni 6 bava ku mutumba #Gatika,zone #Rukeco:
1° NDIKUMASABO Léonard
2° NDAYIKENGURUKIYE Denise
3° MISAGO Simon
4° BIHUTE Donatien
5° NIYOBUHUNGIRO Raphaël
6° BIZIMANA Médiatrice
Bose bafashwe ku mutaga w'uno musi le 23/12/2023 aho bariko bakorera akanama k'ishirahamwe ryabo.Bagifatwa bagigirijwe ko bariko bakora inama y'umugambwe #CNL baturukamwo,baca batwarwa gupfungirwa mu gasho ka Zone Rukeco.Mukanya gaheze,mw'ijoro (21h 00' Burundi)uwutwara igipolisi i Ngozi:Commissaire Bonfort NDORERAHO aciye aja kubatora aho bari kuri Zone,abatwaye kubapfungira muri #PJ_Ngozi aho bahejeje gushikanwa mukanya gaheze.Ababo barabatabariza kuko bariko barenganwa.Basaba ko borekurwa kuko ata nama y'umugambwe barimwo kiretse inama y'ishirahamwe ryabo.
@GeneralNeva
@MininterInfosBi

🔴🌱 Plus de 5 hectares de champs de maïs et de haricots dans les marais de la zone #Rukeco en commune #Busiga (@NgoziProvince) ont été emportés par les eaux de ruissellement, après les fortes pluies de ce 01/10/2023. Tous les dégâts ne sont pas encore connus mais beaucoup d'autres champs dans le marais de Nyakijima ont été également endommagés, selon le directeur du BPEAE #Ngozi
#Burundi #climatechange

#Burundi Icegera c'Umukuru w'Igihugu Nyakwubahwa Prosper #Bazombanza, kuri uyu wa kane, yaragendeye i @NgoziProvince ishirahamwe HAF Magarameza ricukura amabuye ya calcaires akoreshwa mu gukora isima, rikorera mu #Rukeco, n'ishirahamwe Sobrit rikora amatafari n'amategura #Vyegwa.

Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.6M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
110.7M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.7M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
90.9M followers

KATY PERRY 
@katyperry
87.7M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.5M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.1M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
69.9M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
69.8M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
63.9M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
62.7M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

X 
@x
60.8M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
60.8M followers

























































