Top Tweets for #Rukere
19/10/2024
Umunyamabanga wa @CnddFdd muntara ya #Butanyerera ajejwe imico, akaranga n'ibibanza vy'iratiro,yagendeye abagumyabanga bo mumazone ya #Mparamirundi,#Jene na #Rukere zo muri komine #Kayanza yagutse muntumbero yokwibutsa abagumyabanga inyifato ibereye kumugumyabanga.

Umunyamabanga wa @CnddFdd muntara ya #Butanyerera ajejwe inkino n'imicokama #HonNduwimana_Patricie yabandanije igikorwa cokugenera amazone agize agize intara ya #Butanyerera, unomunsi akaba yagendeye amazone ya #Kabarore,#Jene,#Rukere na #Mparurira agize komine ya #Kayanza
1/2

#Burundi:Kuri uyu wa 18/02/2024 umunyamabanga @CnddFdd muri zone
#Mugamba yagiranye inama n'abagize ubuserukizi bw'umugambwe kumitumba #Coma na #Rukere bavuga ibikorwa vy'umugambwe vyimirije bisabwa n'ubuserukizi bukurira ubwa zone.@CNDDFDDBurunga,@DorianeMunezero,@R_Ndikuriyo

#Burundi 31/10/203
Ubuserukizi bwa @CnddFdd muri komine#Kayanza,bwagendeyeabagumyabanga bo mu mazone ya #Jene,#Rukere na #Mparamirundi.
muntumbero yokumenyana
Gutegura amatora ya 2025
kubandanya bakora ibikorwa vy'iterambere no kubungabaunga amahoro n'umutekano
@R_Ndikuriyo

Umunyamabanga Mukuru wa @CnddFdd @R_Ndikuriyo agez muri zone #Rukere,yo muri komine Kabarore ya kera(Kayanza)ikaba iya 4 kuva mugatondo kuyu wa 21/9/2023.
Zone igira 19/32 zigize intara ya kera ya #Kayanza.Aho hose akaba ariko yigisha abagumyabanga akarangamutima abagumyabanga.

#Burundi 28/1/2023
Inyuma yaho abahora mumugambwe @BurundiCnl bo kumutumba #Songore bakiriw n'umunyamabsnga wa @CnddFdd muntara ya #Kayanza harimwo nuwurongoy uwo mugambwe kumutumba,abandi4 kumutumba #Rukere bahejej kwakirwa.Umutumba wa 30/37 igize komin #Kabarore
@R_Ndikuriyo

#Burundi Les policiers basés sur la colline #Rukere en commune #Kabarore de @KayanzaProvince ont saisi 20kg de café cerise et 5kg de café parche. Celui qui transportait ce café a réussi à prendre le large.

Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.3M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
113M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.3M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.5M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
72.1M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.5M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
65M followers

Bill Gates 
@billgates
64.7M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers



































