Top Tweets for #RumAta
@rumata_sahing1 @Soneringoma @Mag_remesha Hey #Rumata en fait iki Nico kibazo turiko tugira duta umwanya munini kuvyo tudahurizako,haguha umwanya na bike duhurizako, ivyo nivyo navuzeko JEWE niyumvira;NAWE woshikiriza ikindi harubwo vyoja hamwe bikaba icokiza ubu Burundi.nikaZima duhurizako DD ikwiye guhindurwa.Birakwiye
Inkona yaratsimbataye, demokarasi yaratsimbataye, intwaro rusangi yaratsimbataye, Amahoro yaratsimbataye, ntitugitwarwa nabi aho utwarwa n’uwutazi, nta rusyo rukituri kw’ izosi, ewe Burundi Kira irondo, Kira abamenja Kira #mbwejeri , #Senyamwiza #rumata na @godfather250_

🅰️ Ni #ibanga - Ruti Joel / IBIHAME 🅱️😂😂😂
Iri banga ryari kunyirenza
Pe! 😂😂 Mutarabuta #Rumata nanjye simbizi neza 😳 Gusa kuri 25.01.2025 #IshyakaRyintore Rizatarama ✌️
#iyeeegoweeh
@rumata_sahing1 @UrRutare @MwambutsaBGPod @Mathias_herbert @THE600_ @ikigatanyakazi @pnininahazwe Erga #Rumata, ngaha kuri space nikiganiro, nta sentare, nta ki, ... kuki tutogwana urugamba rwihutirwa hama abaja imbere yintahe bagashikanwa imbere yintahe
@Baconib @NgogaFred Ubwo #Rumata ntibamwitiranije na #Ririkumutima nabandi basangiy idéologie suprémaciste ya #Bwejeri. #Rumata elle est quelque peu entre gukunda ikiyago no kurwanya DD mu kwikundira #Akanyaruhengeri 🙈😅
6. 2019
Mb Data : L'année 2019 était une année très réussi pour Mb Data qui est venu de nulle part et a balancé hit après hit ( #Doda , #Ikibaju , #SindIkibamba , #Rumata ... )

@raissakaze1 Uwo muntu ntaje kuduteza kudutsha umwanya, hari space bamyemwo uwo nyne nabandi bitwa ba Mugisha, ... Batewe ikibazo ngo nuko dushaka kugurira CAM benewacu bagowe muri site de deplacé, .... ngo #Rumata ariko yorganisa ubusuma. En faite turafis ikibazo vraiment
Wumvirije Ama space y'inyankaburundi urashobora gutahura: guha ijambo Uwatwaye i malete y'incungu, uwovuga ko muri abana babishe abantu kuva 1961 gushika Ubu, mwobibeshuza? #Rumata, #Wilson, #senyamubi #ikigatanya, #Butari, #Friday, #irumva #Pamela, #Mukasi, #Nicayenzi, 😞

@Nyagira_Burundi @rumata_sahing1 @prefpolice @PoliceRealites @EmmanuelMacron 🤣🤣 @rumata_sahing1 yarabahabuye kabx ibi vyerekana yuko ivyo akora bituma DD murara mudasinziriye, ubura kurazwa Inshinga nokurondera #Igitoro #dollars noguhagariko ubwicanyi muriko murakora nguriko urondera #Rumata ? Mb umumenye hoho ww womukorakwiki? Ahubwo Courage kuri we✊🏿
@rumata_sahing1 @ikigatanyakazi Umva abagabo barara kubiri bakarota kumwe #Rumata umvugiy ibintu nagira mvuge #Space burya ziriko zirabigisha bavyanka bavyemera.
Hari inyifato mbi dukwiye guhindura iyo uronse amahirwe yo kwunguruza mu kindi gihugu woguma wibuka ko ufise iyo wavuye #Uburundi. Turashimiye abari hanze bafise des activités génératrices de revenues bakorera ngaha. 👇 vyerekana icuzovamwo muri kazoza. #RUMATA. @ikigatanyakazi


Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.7M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.4M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.9M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.3M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.3M followers

Bill Gates 
@billgates
65.1M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers
















