Top Tweets for #Rusansuma
#Mukaza_Buyenzi chef dezone ir @Eddy Nsabimbona afadikanij na bureau ya zone ya koreshej lnama abarongoy abandi muma Quartiers3 agiz zone #buyenzi hamw nabene impangu ahobaganiy ibijany na #Rusansuma Ruriko Rukorwa rwama parcelle #isuku @umutekano akamo keza

#Rusansuma
@CVR_Burundi watunganije inama yo kwihweza no guhanahana ivyiyumviro ku vyavuye muri rusansuma rw'Abarundi bishwe n'abagiye mazi mayongo kuva 1885-2008 ruheruka kuba mu gihugu cose. Icegeranyo mfatakibanza cerekana ko ihangiro nyamukuru ya rusansuma yagenze neza.

#Rusansuma
Ajejwe intwaro eka n'abaserukira umugwi @CVR_Burundi baheruka gushirwa muri izo ntara bariko barafasha kumanika intonde z'ivyavuye muri rusansuma. Ico gikorwa kikaba citabiriwe n'abenegihugu baje gusuzuma ibiri ku ntonde @CMusigati @Province_Bururi

#Rusansuma
Umugwi @CVR_Burundi uriko urashira ahabona intonde mfatakibanza z'ivyavuye muri rusansuma rw'abantu bishwe n'abagiye mazi mayongo ruheruka kuba mu ntaza za @BubanzaProvince @BujumburaProv @Province_Bururi @CibitokeProv @CankuzoProvince na @RumongeProvince.

#Rusansuma
KWIBUTSA
.....................
Kuva 29.5 kugera 01.6.2025, abarundi baba mu gisagara ca Bujumbura no muri komine Mutimbuzi babuze ababo mu bihe vy'amakuba yashikiye Uburundi (1885-2008) bariko barakirwa n'abakozi ba @CVR_Burundi ku biro vy'ama quartier no ku mitumba.

#rusansuma
Abakozi ba @CVR_Burundi bazokora rusansuma rw'abantu bishwe n'abagiye mazi mayongo muma quartier canke ku mitumba mu gisagara ca #Bujumbura no muri komine Mutimbuzi batanguye inyigisho z'imisi ibiri bitegurir'ico gikorwa. @NtareHouse @MairieBuja @CMutimbuzi @RTNBurundi

#Rusansuma
Ku mutumba wa Mpishi, Komine #Musigati, @BubanzaProvince, umutama, Ngendakumana Barnabé, kubera imyaka myinshi n'amagara atakimukundiye gushika ku biro vy'umutumba, abakozi ba @CVR_Burundi bamusanze muhira kugira bamusansumire abiwe yabuze.@NtareHouse @nshingamateka

2/2 Mw'ijambo bashikirije bahamagariye abenegihugu kuzitabira #Rusansuma twimirije mukwishura neza ibibazo bazobabaza @CibitokeProv @MininterInfosBi @BurundiGov @KwaNtare

2/2 Mw'ijambo ryiwe Buramatari yahamagariye abenegihugu kubungabunga amahoro n'umutekano, kuzokwishura neza ibibazo muri #Rusansuma twimirije, yabasavye kandi kuzoguma bafatanye mu nda mu bihe vy' #amatora yo mu mwaka wa 2025 yabibukije kandi imbonakazoza 2040-2060

@GeneralNeva, @CnddFdd,@R_Ndikuriyo, 1)Muvuga ko cnddfdd aribwo Burundi; Mukavuga ko mufise abanywanyi barenzeko; 2/Izo #rusansuma z'iteravwoba ziva kuki? 3/Uwo #mugwi w'amatora mwawumvikanyeko na bande? 4/ TURAWIYAMIRIJE; 5/AMATORA #NTASHOBOKA HARI UMURIYONI UHEZE MU BUHUNGIRO.

Kuki #Kenya yatanguye guharura ibikoko vyose vyo mw’ #ishamba?
Videos za #Gahuza: https://t.co/7yqKbq0BmH
Bapima amase, bakoresha indege kuko, kuri Kenya,
iyo #rusansuma rw’ibikoko vyo mugahinga vyose leta yashize muvyihutirwa,
iharuramwo inyungu.
Last Seen Hashtags on Sotwe
สาวสองโคราช
Seen from Thailand
ขอนแก่นนัดเย็ด
Seen from Thailand
minichat
Seen from Sweden
ai porn(((((((((())))))))))********** filter:native_video
Seen from Netherlands
college #amateur
Seen from Belgium
balloonboobs
anxiouspandaa filter:native_video
Seen from Germany
ตรัง
Seen from Thailand
lowlvl()+filter:media() - filter:images
Seen from United Kingdom
โก๋อาทคิงเค
Seen from Thailand
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.4M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.4M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.2M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.7M followers































