Top Tweets for #Ubugabo
@HAGANA45 Waba uzi umugani #Abanyamulenge baza baca uvuga ngo #ubugabo si #ubutumbe ni wowe usohoreyeho kuzageza igihe ntazi🤔
@Baconib 4. Ukaba ariho ucumva @fp_ineza na @FrancisRohero ntibigutere amatsiko, ni wige kubamenya, ntibategerezwa kugutahuza ivyo barimwo, ariko hari ivyo batanga vyofasha aho ugeze. Imiti ikora ikoranye, nayo ahabuze umuti hakara ishavu, naryo ririca. #ubuntu #ubushingantahe #ubugabo
🟠🎙 :"Même dans l’ombre des épreuves, le souffle de Ndadaye éclaire nos cœurs. Espoir, courage et unité : ensemble, faisons renaître un Burundi digne et solidaire."
#fpi 🍊
#ndadaye
#hérosdeladémocratie
#ubugabo
#ubushingantahe
#ubuntu
🟠🎙 :"Barundi bene wacu, duhaguruke, dufatanijwe ubutwari n’ivyizigiro, kuko umutima wa Ndadaye uracahari mu mitima y’abarundi bizeye impinduka mu gihugu cacu."
#fpi🍊
#ItekaRyaweItekaRyanje
#ndadaye
#ubugabo
#ubushingantahe
#ubuntu
#kwibukaincungu
🟠 🎙 : "Nivyo, ubukene bwabaye ndanse mu gihugu. Nivyo, kubura amikoro bwugarijw imiryango itari mike. Ariko turafise iragi rya Rwagasore; yaratwigishije kwihesha iteka mu bumwe. Kazoza k’uburundi gatangura ubu, kari mu maboko yacu!"
#fpi 🍊#rwagasore #ubugabo #ubushingantahe
#ubuntu #kwibukaincungu
Indwara itazwi izina iri kwica abantu!
“Indwara iri guturaka Kayenzi muri Kamonyi…umuntu agenda ayenga #ubugabo 😳😳bikarangira yitabye Imana, ubu abantu 5 bamaze kwitaba Imana”
Umuturage ahamagaye kuri @bbkigalifm
Inzego z’ubuzima z’ibikurikirane.
@RBCRwanda
Dear #RwOT men, so that we may have an unshameful conversation about our mental health
Lets put down #UBUGABO and #TWIYITEHO
@MentalHealthRw @MindoraRW @iacceleratorRw @InvictusF250
@ISHUSHOTV

Ikiyago nagiranye n'umugenzi ejo hahise, carantumye kwibaza icotuma abarundi twese dutahura amajambo dukunze gukoresha kenshi ngo naka ni umushingantahe canke naka ni umupfasoni.
#Ubugabo ni iki?
#Ubupfasoni canke #urupfasoni ni iki?
@InesKid1 uzodutahuze neza.
#Tsinda2020 nanje ubwanje nari nahashitse gukeza Uwizew n'Umugambwe nanje ndimwo @CnddFdd ngo azoduserukir mukibanza c'Umukuru w'Igihugu @e_ndayishimiye agere mukirenge ca @pnkurunziza .Bose ndabakeje ni #Abagabo bashitse #ubugabo.drapo de mon aimable Parti sur mon épaule drout

Wabimenye! Burya kwita umutangabuhamya, byari ukuvuga ko abagabo bonyine aribo bavuga ukuri, bashobora no kuguhamya imbere y’abantu.
Wowe rero muri gender ndakwemeye 👍👍👍
#Burundi @nshingamateka le #CNUNR réhabilitera aussi l'institution de #Ubushingantahe, #Ubugabo, #Ubupfasoni, dixit #Mininter
Last Seen Hashtags on Sotwe
hijab #olgun
Seen from Turkey
mgai(**********************************************************************************************************) filter:videos
Seen from Singapore
ควยโม
Seen from Thailand
femdomtraining
Seen from Pakistan
سكس_ليبي
Seen from United Kingdom
minichat #snapchat video()
Seen from Argentina
tiktok
Seen from Australia
งานทางบ้าน
Seen from Thailand
أمام_للتقييم_العقاري
Seen from United States
minichat()*******************
Seen from United States
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.7M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.9M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.9M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.5M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63.1M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers














