Top Tweets for #abahinga
Muri #Swiss, inka amajana zahungishijwe
Mu gihe hari ubwoba ko ibibuye vy’ "urubura" bigiye gushonga vyihuse mu misozi.
Ababa mu kigwati ca #Blatten nibo batanguye guhungisha inka zabo.
#Abahinga bavuga ko imisozi ishobora gusenyuka.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Uko abari baheze hejuru ku mazu kubera imyuzure batabarwa – #Australia
#Abahinga n’abatwara bavuga ko #imyuzure iri m’uburaruko bwa #Sydney itari bwaboneke.
Abashika 50 000 nibo bateshejwe izabo.
N’imiburiburi 500 batabawe na za kajugujugu.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Muri #Uganda, inguge zabonetse zivura n’ivyatsi
#Abahinga bavuga ko uretse abantu, n’ibindi bikoko vyo mu gahinga bifise ubumenyi mu kwivuza ivyatsi vyo mu gahinga.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
Amaberebere arakomeza abakuze?
#Amaberebere ni #ingaburo ya mbere ku bana,
ariko ko ari meza ku bakuze, abahinga ntibabibona kumwe.
Ku bayagura ku mbuga, #abahinga bavuga ko aba adapimye, ashobora kubamwo imigera nka VIH, n’iyitera “igitigu”.
Raba video ya #BBCNewsGahuza
#Ibimwanya – ‘ #plastic’: akaga kw’isi?
#Abahinga n’abaserukira ama leta bari mu mpari i #Busan, muri #Korea y’epfo,
ariko inyungu n’ingorane ntibibonwa kumwe.
❓Iyi FOTO yo... aha wohamenya?
Raba video ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/n2hklSJslP

☘️ Iri babi ryoba rigiye gusubirira impapuro z’isuku muri WC?
👀 Raba ibirivurwako, aho rikoreshwa cane muri #Africa
n’ibindi #abahinga bagitohoza.
➡️ Kuri #BBCNewsGahuza,
Raba iyi nkuru ya BBC na #Bill_&_Melinda_Gate_Foundation :https://t.co/3pD9UUBrXD

Iki gikoko ca #orangutan cagaragaye civura igikomere, ibintu #abahinga bavuga ko ari ubwambere bigaragaye.
Iyo Leta y'burundi yumvira #abahinga hari ibintu bitobaye!
1.Gutanga ibibanza kw #Tanganyika baravuga ingarukambi!
2.Umugambi wo gutera #amavoka, za miliyaridi zarahaguye utizwe neza!
3.Ubu hari umugambi w'Inkwavu!w za miliyaridi,ariko nta muganga uburundi bufise yovura #urukwavu

#Puerto_Riko: izinga ry’inkende hafi 1 800 zigigwako inyifato z’abantu
#Abahinga bazigirako inyifato z'abantu, imibano, abahuza ibitsina bisa,
no guhangana n'ihinduka ry'ikirere.
Zarafashije mw'ihingura ry'incanco zitandukanye.
Video ya #BBCNewsGahuza: https://t.co/lTEF7E42EM

#Abahinga mu bumenyi bakoreye ubushakashatsi mu mashamba yo muri #Uganda, basanze inkoto #chimpanzee zivuza ingoma zihariye mu gukubita ku biti, nk'uburyo bwi kuganira.
#Abahinga mu bumenyi bavuga yuko ihindagurika ry'ibihe #ClimateChange ari ryo ryatumye imyuzure ihitana abantu 430 muri #SouthAfrica mu kwezi guheze. https://t.co/WoamHhxSVj

Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.6M followers

Barack Obama 
@barackobama
119M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.1M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.2M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.4M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.8M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83.8M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.3M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.1M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.1M followers

Bill Gates 
@billgates
65M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.9M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.3M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.7M followers




