Top Tweets for #buramatari
Yitwa MAGARANAMAZI Hassan( Mugisha) avuka mu Rugombo asanzwe akina amafilm. Aha yarahejeje kunyibutsa ko igihe Uburundi bwatwarwa n #Ubwoko bumwe ko Papa wanje yari #Buramatari (Gouverneur) w Intara ya Cibitoke...
#Umunyoni

Turakeje vy'imvamutima uyu Mwubahwa wacu,#Buramatari w'intara ya #Burunga #Hon_ParfaitMboninyibuka kuba yizewe na Nyenicubahiro @GeneralNeva .
Nk'abanyaburunga tumwitezeko vyinshi kandi Imana ize imuhe amagara meza no kuroranirwa🙏
@CBurunga @SylvainNzikoru1 @DorianeMunezero

Ndakeje ba #Buramatari bashasha bagize intara zitanu z'#Uburundi bahejeje kwemezwa na @BurundiSenat baze bagire ibikorwa vyiza na cane cane gushira mungiro Imbonakazoza Uburundi bwashize imbere (2040_2060).

#BUGENDANA_#MUTAHO:Kwitwararika ibibazo bijanye n'#indero no kugwiza #umwimbu muri ico gisata,nivyo vyatumye #Buramatari barikumwe n'a #DPEGITEGA batangura ingendo z'abigisha.Bahereye muma komine ya #MUTAHO n'a #BUGENDANA .

Kur'uyu wa 01/06,@imbonerakure za zone bubanza zazindutse zinonora imitsi mukwerekeza ahariko habera ibikorwa rusangi vyatunganijwe na #Buramatari w'i ntara ya @BubanzaProvince ,mw'isekeza ryo kuca imikobeko ryahereye muri komine Bubanza, ku mutumba wa shari II, ahitwa @Ruvumvu

#karusi,Kuri uyu wa12/9/2023 #Buramatari w,intara ya karusi #Devote NIZIGIYIMANA,arikumwe na bamusitanteri barongoye amakomine ,bagendeye irerero ry,impfuvyi rya #paroise karusi,bitwaje agakemanyi k,ibifugurwa,ibinyobwa hamwe n,amasabuni.@BurundiGov ,@GeneralNeva

@MiniJustice_BDI @BurundiGov @NtareHouse Hahaaaaa eka nyene harabayemwo #agasamazi,no mukubahana hagiyemwo agasamazi.
Barya bacamanza ntibihaye amategeko,twaravuze ahavuye igitsure,twarerekanye uruhara rw'umutegetsi umwe umwe guhera kuri #Buramatari,#Procureur+#DPE.
Reka tuvyakire uko,kuko nibwo butungane bwa #Burundi
Hahaaaaa eka nyene harabayemwo #agasamazi,no mukubahana hagiyemwo agasamazi.
Barya bacamanza ntibihaye amategeko,twaravuze ahavuye igitsure,twarerekanye uruhara rw'umutegetsi umwe umwe guhera kuri #Buramatari,#Procureur+#DPE.
Reka tuvyakire uko,kuko nibwo butungane bwa #Burundi
3/n.Abacamanza batatu bashashe mu rubanza rwa #Ndayishimiye Christelle baciye bahabwa igihano gitegekanijwe n'amategeko agenga abacamanza co guhagarikwa mu kazi ikiringo c'amezi abiri.
@BurundiGov
@NtareHouse

Umugambwe #APDR uratewe umutima uhagaze nivyashikirijwe na #buramatari w'intara ya @MuyingaProvince asaba KO atarwaruka rworenza imyaka 25 ruba munzu y'abavyeyi.APDR tubona ko urwaruka rwugarijwe n'ubushomeri n'abahejeje amashure babura ubuzi bakaja kudandaza lumicash.

Umukenyezi #NDUWIMANA_Agrippine arongoy ikivuko ca @RumongeProvince aravurwa cane ko ashora inzoga za @brarudi_sa mu gihugu ca #RDC
1.Abanyagigugu baribaza iyo izi nzoga ziva mugihe bobo batazironka
2.kuberiki #Buramatari atamuhagarika?
NB.Agrippine yahoze ari umukenguzamateka

#Karusi_Mutumba:
Kari akanyamuneza ko kwakira abashitsi b'iteka kuri uyu musi igenekerezo rya 18/1/2023. Umwubahwa #Buramatari w'Intara yacu nziza ya #Karusi yagendeye Ikomine ya #Mutumba Aho yaherekejwe n'abandi bubahwa nk'Uwurongoye #Igiporisi hamwe n'#Umushikirizamanza Mukuru!

Buramatari @MuramvyaProv arikumwe n'abaserukira coopérative y'abarimyi b'imboga bo ku #Mubarazi,bishikiye mu Ntara ya @Gitega aho bàárōnkejwe na #Buramatari w'iyo Ntara ikibanza kizohora gishikizwamwo umwimbu w'imboga uzoshorerwa muri iyo Ntara.
@MininterInfosBi
#Ayiwacu

Turashigikiye ko umunywa wose woronka ico ufungura umufuko wose uronke amafaranga. Ikibazo c'ibidukikije, uburimyi n'ubworozi no kwitaho ivy'ubutungane biri imbere kuvyo #Buramatari ariko aganirira abari munama.
Ce 5/10, Gouverneur de @KirundoProvince Albert #Hatungimana rencontre les Administrateurs communaux & les chefs de services déconcentrés pr échanger sur la sécurité & mise en œuvre d projets du @BurundiGov en vue de promouvoir le bien-être de la populat°
https://t.co/UegU2DhUnI

Umukuru w'Igihugu @GeneralNeva ati:"...maze imisi ndiko ngenda mu ntara ugasanga #Buramatari niwe wambere ari mubasuma... #musitanteri niwe musuma wambere..."
Kibi bizwi habuze iki ngo abasuma bafatwe,bahanwe!
"On peut être #cruel en #pardonnant et #miséricordieux en #punissant"
#Burundi 11/4/2021,Muntumbero yo kwitegurira kwegeranya umwimbu w'ibigori,hatunganijwe inama muri @KayanzaProvince irongowe n'umunyamabanga wa @CnddFdd muri @KayanzaProvince ,#Buramatari n'uwuserukira amakoperative akaba n'umu Cadre muri @ANACOOP_BURUNDI
@DRurema
@BMineagrie

#Burundi,ibiti vy'imikaratusi bigera Ku 6203 nivyo vyatewe k'umutumba wa #Kibangu uri muri zone #Mitakataka muri wamugambi #Eweburundi_Urambaye aho vyatewe iteka n'abahanuzi ba #Buramatari wa @BubanzaProvince hamwe n'abajejwe imirimo itandukanye muntara.

#Buramatari @NgoziProvince @BaranyikwaEpip1 araremesha abenegihugu bomuri komine #Tangara kutagirubwoba kubera #Covid19 bakurikize impanuro bahabwa na @mspls_bdi kandiko Reta #Mvyeyi yamaze kubifata nkankama mukurondera ibikoresho vyabigenewe mukuyipima n'imiti yo kuyivura.

Umukuru w'igihugu @GeneralNeva aragabisha aba #Buramatari, abayobozi biperereza muntara, aba commissaire bigipolisi mu ntara ko intara izofatirwamo #Fraude yibidandazwa izo ndongozi zizoca zisezererwa! bongere banarengutswe imbere y Ubutungane !
📽️: @mashariki_tv
Mukaruku @Abashingamateka barimwo bitorewe n Abenegihugu Bomuntara ya #Bubanza bifandikanije N Umunyamabanga w Umugambwe @cnddfdd muntara nzizacane ya Bubanza barikumwe na #Buramatari bifandikanije nabenegihugu bomuntara ya Bubanza mukubaka isoko rusangi yokumutumba wa rugunga

#Adrien_Sibomana arikumwe na Nyakubahwa #Buramatari w'iyo ntara Col.#Gasanzwe_Gaspard n'uwujejwe inyigisho zo gukundisha igihugu #Therance_Mbonabuca nabandi bubahwa benshi aho abaronse intahe yo kwatigwa yari Imiryango 100 abatiwe bakaba basabwa kugendera iyo ntahe.

Last Seen Hashtags on Sotwe
momson()********************************
Seen from Turkey
SFT3
Seen from United States
momson() nolimit.....
Seen from Germany
omegle
Seen from Canada
sissy
Brazilian
Seen from United States
hermaphrodite
Seen from Germany
chavgirl
Seen from Canada
nsfw monkey app
Seen from United Kingdom
baits
Seen from United States
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.1M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
112.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.2M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.3M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.7M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.6M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.1M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
71.6M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.3M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.5M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.5M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers

















































