Top Tweets for #duhinduke
#Burundi. 1/6/1993. Mu butumwa #CVR ishinzwe turibuka kandi tukibutsa. Nyenicubahiro M. Ndadaye yatowe kurongora Uburundi. Agandagurwa igenekerezo 21/10/1993. Uwo mwaka wabaye uw'amahano ku #Barundi bose. Ukuri kurivugira. Ntikubora. Dukore twizera kandi #duhinduke.@Burundicvr
#Vestie_NDIZEYE arongoye koperative #DUHINDUKE yo muri komine #Isare mu ntara ya #Bujumbura,yamenyesheje kuri uyu wa 25/7/2024,ko umugambi bariko bararangura wo kworora ingurube watanguye gutanga umwimbu aho ingurube imwe ivyara batanguje imaze igihe yaravyaye imbuguru indwi(7).

#Burundi Sous l'encadrement de l'@Abg_Bdi ,une nouvelle Coopérative dénommée #Duhinduke a lancé ce vendredi 15/12,le projet d'élevage des Porcs .C'est l'initiative des jeunes passionnés de l'entrepreneuriat de #Rushubi, commune #Isare en @BujumburaProv ,@ANACOOP_BURUNDI ,@FAO

@DwimaEdwin Bizohezwa nuko tujijutse tukamenya ko umukoloni yasiz ATWOHEJE TUROHA kuko urenze🇧🇮 n'U🇷🇼 ntahandi usanga abantu bavuga ko badasangiye ubwoko bavuga ururimi rumwe,imico,intara n'ibindi.Gusa kubera bamwe vyabatwaye ababo aband bibaha akazi biragoye kumva ukuri. #DUHINDUKE @yigenga
@RukundJerome @Annemwiza @RwandaHealth @RwandaMedicalAs @NCNMRwanda Dear Dr Jerome, umuhanga #Einstein yaravuze ngo “Niba udashobora gusobanura ubumenyi ufite ngo umwana w’imyaka 6 abwumve, ubwo ntabwo uba usobanukiwe neza ibyo uvuga ko uzi”
Ibyo dukora tuvura abantu birumvikana, tubajijwe tugomba kuba #humble tugasobanura kandi neza. #Duhinduke
Ikintu kiriko kirambabaza kuma comments ariko arakorwa kubwa #MissKugasaka2020 nuko abarundi benshi bariko bazana amajambo kuri 100K yahawe Miss Popularity🤔 none franchement nta vyiza mubona vyakozwe? Ntana félicitation Blaise akwiye kuba yarateguye miss Ikagunda?
#Duhinduke 😭
Mu 🇧🇮 umuntu arashobora kureka gufyonda #Like kuri post ngo yoba agutejimbere 😁 none tuzogera ryari yaho umuntu aguha $1000 ya #Tip waririmvye neza nk'uko bikorwa ahandi?
#Duhinduke
Last Seen Hashtags on Sotwe
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.2M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
113M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.3M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.5M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89.1M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
83M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
72M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.5M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.9M followers

Bill Gates 
@billgates
64.6M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.1M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers







