Top Tweets for #mutakura
@FOCODE_ Ernest Nibitanga, 43 ans, père de 4 enfants, enseignant à l'école primaire de Kibenga, abattu chez lui à #Mutakura le 11 décembre 2015. #Burundi #1212Massacre

🗣️ ‼️#GenzBurundi‼️🚨 ,Barundi Barundikazi tariki ya 8.11.2025 hazoba hari kwagatandatu mwese muri mu mihingo yose ikurikira 👇🏽
#Jabe, #kinama, #Kamenge, #Bwiza #Nyakabiga #Musaga #Mutanga #Gihosha #Kanyosha #Buterere #Mutakura #Nyanzalac #Kurundo #Gitega #Kirundocentre #Gitegacentre
,Namwe basirikare tubahaye ikaze muze mwese aho kugenda uburundi bwose namaguru kubera kudahembwa kandi mubirekuriwe babatera isoni baba maramaza rero karibu namwe.
Harageze uyu numwanya wo kurandurana iyi ntwaro mbi yaba #DD yabambuzi rero isango niyo kumanukana muri #Bujumbura gushika twese duhuriye kukibanza co kwikukira (Indépendance) murahawe ikaze💯
Murahamagriwe mumyigaragamvyo yokurandurana iyi ntwaro mbi yagahotoro ya @GeneralNeva izobera mugihugu cose muzoze mwitwaje amazi yokunkwa nibindi mushoboye .
Hama ibindi bizokurikira tuzobibamenyasha #Kilogologo tumubonye nukumufatisha intoke hama tukamujana kwicarana mukibanza kimwe na #Bunyoni Hama uburundi bushasha tukazobuha ugwaruka rushasha 💯✍️
‼️ Nimuhendwe nabamwe biyitirira abahutu biyita yuko Uburundi arubwabo kw’Abatutsi aribo bashaka kugaruka gucinyiza Umuhutu bongo
Nta Muhutu nta Mututsi turibamwe twarabahinyuye nikunyungu ziwe @GeneralNeva nakagwi kiwe bose bategerezwa gusanga bunyoni ahari 💯✍️
Aba #DD bariko batera akagere kanyuma , amkuru nfise , #Prime ntakiba #Mukinanira ubu ari #kumuzinda✅
À suivre….
#Mwambones mwandike ibitutsi inkoni yanyu ndayizi mwa mbwebwe mwe ✍️
#Intarezamwezigisabo
🗣️‼️‼️‼️ 🔥🔥Barundi barundikazi taliki ya 8.11.2025 hazoba hari kwagatandatu
Mwese muri mu mihingo ikurikira
#Jabe, #kinama, #Kamenge, #Bwiza #Nyakabiga #Musaga #Mutanga #Gihosha #Kanyosha #Buterere #Mutakura #Nyanzalac #Kurundo #Gitega namwe basirikare tubahaye ikaze muze mwese aho kugenda uburundi bwose namaguru kubera kudahembwa baba maramaza karibu
Harageze uyu numwanya wo kurandurana iyi ntwaro mbi yaba #DD yabzmbuzi rero isango nukumanukana muri #Bujumbura gushika twese duhuriye kukibanza co kwikukira (Indépendance) murahawe ikaze💯
Murahamagriwe mumyigaragamvyo yokurandurana iyi ntwaro mbi yagahotoro ya @GeneralNeva izobera mugihugu cose muzoze mwitwaje amazi yokunkwa nibindi mushoboye .
Hama ibindi bizokurikira tuzobibamenyasha #Kilogologo tumubonye nukumufatisha intoke hama tukamujana kwicarana mukibanza kimwe na #Bunyoni Hama uburundi bushasha tukazobuha ugwaruka rushasha 💯✍️
Hama jewe mwanashaka ubu aho @GeneralNeva ari kukirimba ndahabona 👀🔭
#Ndakugarika yibereye mugasiporo ka marche 06:52 🤣🤣🤣

👥🚍| Higaragaje ugutandukanya abagabo n'abakenyezi ku mirongo y'amabisi ku gituro co mu buraruko bwa #Bujumbura
Ivyo vyibonekeje kuri uno mugoroba wo ku wa 3 Nyakanga, ku mirongo ya #Gihosha, #Mutakura na #Kamenge. Aho abasanzwe batunganya uruja n’uruza rw’abantu bahitamwo gutunganya imirongo mu buryo bw’igitsinagabo ku ruhande rumwe, n’igitsinagore ku rundi. Bisi zikaba zunguruza abagabo ukwabo, abakenyezi ukwabo.
Abamenyeshamakuru ba Iris News babajije abasanzwe bajejwe gutondeka abantu ku mirongo ntibadusiguriye impamvu ivyo vyabaye. Bamwe mu bari ku mirongo nabo batangaje ko ata nsiguro bahawe, ariko imyidogo yagiye ivugwa cane ku bakenyezi igashobora kuba yatumye hatorwa iyo ngingo.
⚪ Imisunikano yateye impungenge mu bakenyezi
Bamwe mu bakenyezi baganiriye na Iris News batangaje ko bagiye bahura n’akajagari mu gihe habaye imisunikano ku mirongo, aho bamwe bavuze ko hari abashika n’aho babakorakora ku bihimba vy’irondoka, canecane mu masaha y’ijoro igihe abantu baba ari benshi. Abo bakenyezi bavuga ko gutandukanya imirongo ari inyishu y'igihe gito, n'ubwo basaba ko hokorwa n’ibindi kugira ibibazo vy’ugukorakora ab’igitsina bikurikiranwe n’amategeko.
⚪ Igiporisi kibandanya gucungera umutekano
Kuri iyo mirongo nyene, igipolisi kirabandanya ingendo yo gucungera umutekano hakoreshejwe ivyuma bihurira iyo bibonye ibiteye amakenge mu masakoshi y'ingenzi.
Ni mu gihe imirongo yo icigaragaza ku bwinshi, bikagaragadra ko n'aho bisi zari zihari, zidashobora gukwira abantu bose ku buryo ata mirongo yoba ikiboneka.
📸 : Amateur
#Burundi #Amakuru #IrisNews

https://t.co/avDGEqumTu
Apotre Isidore Mbayahaga arabitomoye neza. Nta @GeneralNeva azigera yemera ko hari abantu bicwa bazira uko baremwe . Imigambi ya satani ku banyamulenge izotsindwa nk'iyo bari bateguye kugira mu #Nyakabiga #Ngaragara, #Mutakura na #Musaga 2015, bakamaramar
🛣️ Réhabilitation de la route de #Mutakura en @MairieBuja à une allure prometteuse
🚜 Des tracteurs et de gros camions pilotés par des ouvriers assidus, attirent l'attention de l'œil observateur
#Burundi #Infrastructures
#Burundi: La même activité a eu lieu en @MairieBuja dans @NtahangwaMairie dans les ECOFO de #Mutakura, #Kinama et #Winterekwa.
Au total 500, bancs pupitres ont été donnés et équivalent 55 millions Francs Burundais.
@MENRS4
@NtareHouse

Alerte #Burundi-#Bujumbura. Des arrestations en masse des #Banyamurenge résidant à #Mutakura et #Cibitoke. Certains ont été emmenés pour interrogatoire depuis la zone de #Kanyoni, transportés par deux véhicules double cabine équipés de vitres teintées. @kivuutile @MoiseNyarugabo
#Alerte ni 21h16. Hariko haraba ifatwa ry'agasakisaki ku #banyamurenge baba #Mutakura na #Cibitoke ,hari abajanywe mw'iperereza bakuwe kurya #Kanyoni bakaba batwawe n'imiduga 2 ya Double cabine ifise ibiyo bitabona n'inyuma yaho kuva lundi baguma bandikwa n'imbonerakure batazi,

@ReynoldsButari @JeanPierreAimH Eloi Ndimira, un handicapé de 54 ans, horriblement exécuté samedi 03/10/2015 à #Mutakura. Après l’avoir abattu, les bourreaux lui ont arraché le cœur et ont coupé sa jambe droite estropiée. #1212massacre
https://t.co/q6YO7bu9rS
#3rdtermvictims This old man Eloi Ndimira was not only killed, he was dehumanised.
Forever in our hearts. #Burundi

Papy Ndayishimiye et Emmanuel Ntahomvukiye étaient des militants du parti FNL. Manœuvres au centre ville de Bujumbura, ils résidaient au quartier #Bukirasazi de #Kinama.
Rentrant du travail, ils ont été arrêtés par des militaires, à la 12e avenue de #Mutakura. #Burundi #Ndondeza

Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.8M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
111.3M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.8M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.1M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
81.9M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
70.5M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.1M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
63.3M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.9M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.1M followers

X 
@x
60.8M followers