Top Tweets for #oroha
@AngeDelc @jaysqueezer12 @RIB_Rw @jaysqueezer12 Reka abahe nyina kuko ntimushobotse mbe wewe kwanza wabaye umuvugizi wi gihugu c’uburundi ryari 🤣🤣? Imbwa zose zo kuri X nkawe zisigaye ziha ivyubahiro @AngeDelc wewe uri igiki? Kuburyo wozivya umuntu tekana!
#OROHA
@pazzop047 @yigenga Kandi mwebwe muragorana!
Nkubwo bwenge bwose ubukoresha wigorera ubusa…
“Il y a dans les affaires humaines une marée montante; qu’on la saisisse au passage, elle mène à la fortune.”
#Oroha 💔😊
Perezida wa Tanzania, Samia Suluhu Hassan,Ejo yafashe ingingo ko salaire de base ku bakozi ba Leta ayidugije 35,1%,bica birwa ku mashilingi ibihumbi 500 (~200$).
Mu Burundi kuri Duke bagiye gutangura gukata...
🏃♂️🏃♂️🏃♂️#EjoNiHeza #Oroha

🚫 Les allégations sur des problèmes de connexion Chez @NtareHouse,sont infondées. la connexion est impeccable ! Ne tentez pas de manipuler l’image du @GeneralNeva pour justifier des positions douteuses. #NEVA n’a pas assisté à la réunion virtuelle de @jumuiya , #Oroha

Sur 200 personnes proposées sur la liste yaba candidats députés mumugambwe utwara uniquement 7 nibo ba moins de 35 ans.
Hama ngo urwaruka bararushize imbere, ngo capitale de la jeunesse.
#Ntitubaha
#Oroha

Urwaruka nizo nguvu igihugu cacu gifise mu bisata vyose ukuyemwo muri politique y'igihugu ahafatirwa ingingo. Nagize umwihwezo w'intonde zavuye mu migambwe mu matora twimirije y'abashingamateka. Abavutse inyuma ya 1990 ni ukuvuga (-de 35ans) nasanze baharurwa ku ntoki z'ikiganza.
Ahumuriza abarundi ko indongozi imwe ivyonze igihugu batoca bihebura. #oroha

@EveManiragaba Nous avons des oreilles entendre, de la raison pour comprendre et nous pratiquons l'anglais au quotidien. #Oroha, bukenewe unywe #amazi birahera.
Abigeze kuvurwa ko ari abasuma banyonoye igihugu ubu nibo bari kuma listes yabazotorwa 🤣🤣#Oroha
🚲 Le trajet de #Carama vers la 2e avenue de #Kamenge coûte aujourd'hui 3.000 BIF sinon plus
🥛 Un habitant de Carama dénommé N.P, témoigne: "Je croyais que les vélos étaient le seul moyen de #transport abordable qu'il restait, vu qu'il ne consomme pas de #carburant, mais il s'est avéré que non. Le 18/01/2025, un taxi-vélo qui me déplaçait m'expliquait que le lait, duquel ils puisent l'énergie nécessaire pour travailler, leur coûte désormais très cher, à raison de 2.500 BIF le demi-litre."
💵 Malgré "ces raisons tout à fait justifiées", N.P, comme plein d'autres, demande au gouvernement du #Burundi de réguler les prix afin de faciliter la tâche à ceux qui souhaitent se déplacer

AGASHINYAGURO. Le comble du cynisme. A qui est attribuable cette décrépitude hein? Un pays où un prof. d'unif. (PhD) est payé 150 $ et qui pourrait finir veilleur à sa retraite? #Oroha @yigenga @Baconib @ikigatanyakazi @ndoridalt @JosJonesNkunz @KGDarrr @AntoineKaburahe
🗣️ "Il est étonnant de constater qu'un individu ayant servi en tant que fonctionnaire de l'État pendant de nombreuses années puisse, une fois à la retraite, se retrouver à jouer le rôle de veilleur."
👆 C'est en ces termes que s'est exprimé le ministre de l'Intérieur @MinInterior, Martin Niteretse, lors d'une réunion tenue le 30 novembre avec les autorités administratives de la province de #Rumonge.
✍️ Pour éviter de se retrouver dans une telle situation regrettable, le ministre a exhorté les fonctionnaires à se tourner vers l'agriculture, en complément de leur activité professionnelle habituelle. "Que chacun lutte pour parvenir à une telle indépendance, à tel point qu'il puisse se suffire en nourriture, sans avoir à recourir au marché", a-t-il prôné.
🌱 Le ministre a précisé qu'il est impensable d'acheter des légumes au marché, alors qu'il est tout à fait possible de les cultiver soi-même.
💸 Dans le même esprit, Martin Niteretse a également critiqué les fonctionnaires qui, après avoir contracté des crédits, dilapident leur argent dans des cabarets. Il leur a lancé un appel à la prudence et à la réflexion, en les encourageant à investir dans des projets durables qui pourront les soutenir au moment de leur retraite, leur permettant ainsi de jouir d'une indépendance financière bien méritée.
#Burundi #IrisNews

Ibikorwa vyo gutegura umurima bihindutse iterabwoba. Imbonerakure ziri ku kivi ibindi nibazako wihenze.
#Oroha

#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 @KirundoProvince.𝑳𝒆 𝟑𝟎/𝟏𝟏/𝟐𝟎𝟐𝟒.
𝗨𝗯𝘄𝗼𝗯𝗮 𝗯𝘄𝗶𝗻𝘀𝗵𝗶 𝗺𝘂 𝗯𝗮𝗻𝘆𝗮𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂.𝗜𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲𝗿𝗮𝗸𝘂𝗿𝗲 𝘇���𝗯𝗮𝗸𝗮𝗻𝗴𝗶𝘀𝗵𝗮 𝗶𝗺𝗶𝗽𝗮𝗻𝗴𝗮 𝗻'𝗮𝗺𝗮𝗷𝗮𝗺𝗯𝗼 𝗮𝘁𝗲𝘆𝗲 𝘂𝗯𝘄𝗼𝗯𝗮.
"Amatora arimirije,uwuzotwitambika imbere nta kibanza afise kw'isi." Ayo ni amwe mu majambo ariko akoreshwa n'imbonerakure mu ntara ya Kirundo.
Mu gihe himirije amatora mu mwaka uza wa 2025,abanyagihugu mu ntara ya Kirundo bashikiriza ko barajwe ishinga n'amajambo ateye ubwoba ariko akoreshwa n'imbonerakure.Buri ndwi,ku musi wa gatandatu,imbonerakure zizindukira mu makarashishi zitwaje ibipanga n'ibihiri,zihejeje ayo makarashishi zica zikorana,zikitwa iziri mu bikorwa rusangi n'iyo mipanga.
📷 Aha ni muri Commune Busoni,aho imbonerakure zirongowe n'umukuru wazo,BUCUMI Vitar(yambaye umupira utukura n'umupanga mu ntoki)zari zakoranye ziriko ziririmba ayo majambo ateye ubwoba,amajambo agaruka ku matora yimirije kuba mu gihugu,imbonerakure zikabwira abanyagihugu ko uwuzozitambika imbere atakibanza afise kw'isi y'abazima.
Abanyagihugu batewe ubwoba n'ayo majambo izo mbonerakure ziriko zikoresha haba mur'ayo makarashishi n'ivyo bita ibikorwa rusangi.Babona ko ari iterabwoba ridasanzwe bariko bakorerwa mu matora yimirije,ibishobora gutuma abanyagihugu bahatirwa gutora ku nguvu umugambwe uri ku butegetsi,uwutabikoze akagirirwa nabi.
Abanyagihugu twayaze barasaba umukuru w'igihugu, @GeneralNeva guhagarika iryo terabwoba ririko rikorwa n'imbonerakure.
@NtareHouse
@burundiceni

Le @FinancesBdi Audace Niyonzima rencontre les responsables des services de l'@OBR_BI à différents niveaux pour qu'ils reprennent le rythme de travail après le constat que durant les 4 derniers mois,l'@OBR_BI a connu un déficit de 110 milliards des prévisions préétablies.

Last Seen Hashtags on Sotwe
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.9M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
111.6M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
97.9M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.1M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.2M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.1M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.6M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
70.8M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.2M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
63.6M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.3M followers

X 
@x
60.8M followers



























