@IntareZamweziGi@Arsenal588196 Muri 1972, nta barundi bahunze igihugu? Mu bihugu bahungiyemwo bagurisha ama laptops ko bari bahungishijwe n'intwaro y'abatutsi, n'est-ce pas?😅 Don't be ridiculous
🟠 BIRAVUGWA KO IMIGAMBWE ITEGAMIYE UBUTEGETSI YAMA IBABURAGIZWA MU MAKORANIRO, MURI FPI VYARABASHIKIYE?
📽️: Ikiganiro umukuru w'umugambwe FPI Francis ROHERO, yagiranye n'ikimenyeshamakuru @mainswitch257
Uripfuza kuba mumuryango wa FP-INEZA?
Injira muri iyi link ya WHATSAPP Channel uze uraharonkera amakuru yose ya FPI ku mwanya : https://t.co/XkGkQIkwUG
#fpi
#fraternitédespatriotesineza
#itekaryaweitekaryanje
🟠 RWAGASORE NA NDADAYE HAMWE MWORONKA AKARYO KO GUHURA NABO, NI IGIKI MWUMVA MWOBABAZA?
📽️: Ikiganiro umukuru w'umugambwe FPI Francis ROHERO, yagiranye n'ikimenyeshamakuru @SokweMedia
Uripfuza kuba mumuryango wa FP-INEZA?
Injira muri iyi link ya WHATSAPP Channel uze uraharonkera amakuru yose ya FPI ku mwanya : https://t.co/XkGkQIkwUG
#fpi 🍊
#fraternitédespatriotesineza
#francisrohero
🟠 NI IKI MWOBWIRA URWARUKA RUFISE UMUHAMAGARO WO GUKORA INEZA MURI POLITIKE AHO RUHEREREYE?
📽️: Ikiganiro umukuru w'umugambwe FPI Francis ROHERO, yagiranye n'ikimenyeshamakuru @SokweMedia
Uripfuza kuba mumuryango wa FP-INEZA?
Injira muri iyi link ya WHATSAPP Channel uze uraharonkera amakuru yose ya FPI ku mwanya : https://t.co/XkGkQIjZ58
#fpi 🍊
#fraternitédespatriotesineza
#itekaryaweitekaryanje
🟠 UKUTAMENYA IJAMBO "UMUNYAPOLITIKE" ICO BISIGURA NIVYO BIRI MU BITUMA IGIHUGU KIDATERA IMBERE?
📽️: Ikiganiro umukuru w'umugambwe FPI, Francis ROHERO, yagiranye n'ikimenyeshamakuru @SokweMedia
Uripfuza kuba mumuryango wa FP-INEZA?
Injira muri iyi link ya WHATSAPP Channel uze uraharonkera amakuru yose ya FPI ku mwanya : https://t.co/XkGkQIjZ58
#fpi 🍊
#fraternitédespatriotesineza
#itekaryaweitekaryanje
🚨"Murundi, ushobora kuba ubabajwe n'uko hari ibitagenda neza mu gihugu mu vy'ubutunzi, imibano, imibereho, ... kuburyo wihebura ku bwa kazoza kawe. Ibuka ko kwihebura bitazana inyishu; kugira ubwenge mu bwitonzi, kugwiza abagenzi, nivyo bikosora ingorane. Uwukwumvisha ko ata gishoboka, yipfuza ko vyama uku, kebuka wibaze." Francis Rohero