To all my fellow Muslims “Eid Mubarak” May Allah accepts your Duas… Someone brought me pilao at job🥳
Wallah Muko watu Wazuri Sana when it comes about sharing
Ndiyumvira kurongora muga ngize ntya nkibuka ko nkunda liberté gusumba vyose, kandi nkunda abantu nka Godiose kuko batanga amahoro,,, reka nje gukora, mariage jamais avant que mes comptes en suisse soient pleins!
#objectif
Aho bigeze, dans quelques mois ndashaka confessions izoza ivuga iti : " Vyose vyahereye muri confessions kwa @umuhirwaa none iyi Samedi turarushinga " 😁