@Hastalavista364@Sylvanooos Laisse-nous concentrer sur Kabila et ses ouailles, le dossier Mushikiwanyu est mis en téléchargement par un consensus commun des chefs d’État.
A Phnom Penh, la tentative d' @EmmanuelMacron de favoriser l’ancien Premier ministre #roumain au détriment de la candidature #rwandaise de @LMushikiwabo provoque une levée de boucliers. Plusieurs délégations africaines dénoncent une démarche jugée irrespectueuse. @OIFrancophonie
LYDIA LUDIC: UMUNEZERO N'IBISABISHO VY'ABAKUNZI B'UMUKINO WO GUTOMBORA MU GISAGARA CA BUJUMBURA
Nk'uko mubibona ku ma shusho , iri ni rimwe mu mashirahamwe icenda akorera ku mugaragaro mu gisata co gukina no gutomboza amahirwe mu Burundi.
Ni ishirahamwe Lydia Ludic, ryari ryateguye igikorwa co gukinisha amahirwe aha mu gisagara ca Bujumbura.
Abakunzi b'uyu mukino bari bitavye ari benshi, bashashaye kugerageza amahirwe yabo no kuronka udushimwe dutandukanye. Bamwe mu bahiriwe n'uyu musi batahukanye amakinga, mu gihe abandi begukanye amahera, ivyo bikaba vyatumye akanyamuneza kaba kose ku kibanza c'ico gikorwa.
Akamwemwe, umunezero n'ivyishimo ni vyo vyaranga abari aho. Bamwe twasanze bariko bahimbaza intsinzi yabo, abandi na bo bakaba bari bafise icizere co kuronka agashimwe kabo.
Lydia Ludic ibandanije gutegura ibikorwa bihuriza hamwe abakunzi b'uyu mukino, mu kubaha akaryo ko kwinezereza no kugerageza amahirwe yabo.
Lydia Ludic, ni aho amahirwe ahurira n'akanyamuneza!
Amashusho n'inkuru: Ikimenyeshamakuru Isomo.
@lotenal@LotNat_Belgique @

#OIF : la candidature de Juliana Amato Lumumba maintenue pour 2027, le Rwanda est interdit de présenter un candidat
La candidature de la Congolaise Juliana Amato Lumumba à la tête de l’Organisation internationale de la Francophonie (OIF) reste en lice pour la prochaine échéance prévue en 2027. À l’issue du compromis conclu le 16 novembre à Phnom Penh, au Cambodge, les États membres ont convenu de reporter de douze mois l’élection du secrétaire général, tout en maintenant les candidatures déjà déclarées.
La Rwandaise Louise Mushikiwabo, secrétaire générale sortante, conservera ses fonctions pendant cette période transitoire, sans possibilité de briguer un troisième mandat. Kigali s’est également engagé à ne présenter aucun candidat lors du prochain processus de désignation.
Ce compromis permet ainsi à la République démocratique du Congo de maintenir les ambitions de sa candidate, Juliana Amato Lumumba, dans la course à la succession à la tête de la Francophonie.
#OIF : @LMushikiwabo ne briguera pas un troisième mandat en 2027. Un compromis conclu à Phnom Penh prévoit son maintien à la tête de l’organisation pendant douze mois supplémentaires, avant son départ définitif et Non Nkotanyi postulera. @phnompenhpost@phnoficial@Edbiziman
Les membres de l'Organisation internationale de la francophonie n'ont pas réussi à s'accorder sur un candidat consensuel. Le scrutin pour désigner le nouveau secrétaire général est ainsi repoussé d'une année.