@Mastermind152 Uyu Bernard Nijembazi aka Mutwa agaya abantu ngo bize Etca yize ikirundi kuri University. Let me maybe remind you ko uyu Claudine usuzugura ngo ntiyize, she is a Lawyer muri USA ( Avuze ETCA ni ishule privé ryigisha amategeko abanza). Reka lero kugaya abantu wize ikirundi Uni
@Mastermind152 Abantu nka ba Sabushi badufashe gutahura, ibintu @jacquesgasana6 agize imyaka 3 avuga women go birafise ishongiro ariko ntanakimwe kiba. Nibaza ko ww abona ini vyama X ariko la vraie diplomatie est souterraine. Nkubu yosigura gute formation ba Ibalanki bahejeje?
@ngupange@PundaSerge@PatrickRugaba@ClaudineGasana Simplement Ngenzi Claudine ashaka ko le débat itaba monologue. Abaza des questions udakunda suko aba ashaka ko ikiganiro gihinduka. Gusa ww ubushaka kwumva turaje, Rindimura cank Maxime. Habonetse uwundi azana un autre son de cloche kuri ww n uguhindura ikiganiro.
@Sabushi81@ClaudineGasana@pa166778889999@Mastermind152@PundaSerge@PatrickRugaba Au fait on apprécie les contributions de Claudine kuko les questions qu"elle place enrichissent le débat. Ni nka wew Sabushi iyo u challengize les pseudo docteurs Mutwa na Maxime. Baca barira ngo nabakwandikiye ibibazo 😃😃😃. Sans vs deux le débat yoba ari monologue