Ntuzokwihebure mu buzima, Senga, ukore cane, wubahe abantu bose ubane amahoro nabo naho bitoba vice versa. La vie nous réserve beaucoup de surprises...
"There is no greater joy than knowing someone gives thanks to God just because of you"
#Abatwip niyo yoba umuntu umwe gusa, ariko ubere umugisha umuntu kanaka naho woba utamuzi canke atobigusubiza
@Real_Jocelin Ntihabaho, instead hariho ahavuga ngo :" Mu mutima w'umuntu haba imigabo myinshi,
Arikw inama y'Uhoraho ni yo izoguma.
Imigani 19:21" murabe no muyandi ma version LSG, NLT, NIV, AMP...
@Real_Jocelin Iya 2) itwigisha ko everyone afise un talent yarungikanywe gukoresha hano kw'isi kandi dufise izitandukanye ariko ico Imana itwitezeko ar'uko dukoresha ico yaduhaye first of all ku nyungu zacu. C'est lui le Boss and he gives rewards to those bazikoresh neza