Birangiye manager N.P.B andahiye ko song ibwirizwa gusohoka mercredi le 18/10/2023 plus précisement à 8h:00
Are u ready canke ntibindaba????😩🤭
Ndafise ubwoba ko #laissemoitaimer izoryohera abato,n abakuru,abanyaru n abasirimu 🤣
The methods they used to weaken us, we used them to strengthen ourselves
Get ready , for this Friday,the 23/06/2023, the song you had hoped for "in the competition that doesn't value the one who worked but those they want", will be uploaded onYouTube as an audiovisualizer
Nyimba ataco vyica kuri radio ziyita abavyeyi bacu mukuducinyiza,ndisabiye ko indirimbo yanje boyifuta kuri all social media zabo kugira nzoyifatire uwundi mwanya mukuyumvisha abacu beza..merci beaucoup @kazozafm🙏
Inyuma y ubu buzima hari ubundi
Icuri ukiri kubera abantu baba bato canke bakuru.Imana iduhe kugira umutima wokwitwararika ibihe bibi abacu baba bariko baracamwo
Thank u @arlinemvukiyiwacu❤️"REPRESENTANT de l association "B.C.F.C"
#BURUNDIANCHILDREN'SFRIENDSMISSION"