@Sir_Umuhirwaa2 Ibujumbura iyo 3M ni inyungu ya business utarakuramwo loyer hamwe no gufungura
Hama muri canada naho uronka 5M usigarana wamaze gukuramwo ama dépenses yose😂😂😂😂
@MrFursana Gura carte sim zose uze urazigendanamwo ama bouquet 😂😂😂😂
Uri centre ville connexion ya onamob ni sawaa
Ugeze ahandi uca ugerageza leo nayo ubanje kubaza ko amatara ahari 😂😂