Il s'appelle Andy Mwag, artiste musicien/ Chanteur un talent Burundais , passionné, professionnel, Deux monde, deux scène, venez nombreux soutenir #Andy Mwag
@SadateMunyakazi Imitekererez yaw yerekana ko ufite ubweng buke, kuko nta kazi kabi kabaho kandi nta kazi gaciririts kabaho iyo gafise ico kamariye uwugakor Kamubeshejeh, ako usuzugura hariho uwagakoze bitume ugera aho ugeze ikibabaj n'uko ufis umutwe ugaragara nk'uwuri vid nshingiy ku mvugo yaw
@sopebu@NtareHouse Abarovyi murabagenera station zabo kuko ngaha mu gisagara nta mweha w'abarovyi uhari hama uwutonze yubahirizwe bike bikehanire abankana...
@sopebu Bonjour, jew application inyereka ko nzosubira kunwa 10/11 ariko nanyoye le 6/11 kugeza ubu nta quotas dispo ngira ariko uwanyoye le 8/11 bamuhaye quotas ya 30L
@MagazineJimbere Bouquet lumitel2.5GB pour 2099 utilisable muri 24h, ugaca umara 24h sans courant Aho ijana na networks kuko leur antenne zitagira groupe libéralisation carburant, après 24h ukaja ubona msg, votre bouquet est expiré !!! Ubwo barazi KO ar'ubusuma batugirako