@ReynoldsButari Amahoro @ReynoldsButari . Turagushimira gose ku kwitanga uriko uragaragaza. Ariko kandi ko wemeye kwitangira ino cause, nkundire ngusabe, nivyaba bigukundira, usubire wigore kandi Ibiganiro vyawe bizobe biri Live kuri Space na Facebook. Hari abarundi benshi bobohoka. Merci
2/ @Red_Tabara murakwiye gukurikira videos za @semerera2 aho avuga icuho kiri muri service ya communication yanyu, mukaraba mukayinagura. Nkuko abivuga, na #RPF, #NRA na #DD, bari bafise des blogs zitanga updates, favorisant la mobilisation à leur epoque. https://t.co/xbKaNsyWIA
2/ @Red_Tabara murakwiye gukurikira videos za @semerera2 aho avuga icuho kiri muri service ya communication yanyu, mukaraba mukayinagura. Nkuko abivuga, na #RPF, #NRA na #DD, bari bafise des blogs zitanga updates, favorisant la mobilisation à leur epoque. https://t.co/xbKaNsyWIA
1/ Ubwo ntiwosanga ari deal iri hagati ya Neva na Ruto, bivuye ku bwinshi bw'abarundi bari muri Kenya, boshobora kuba des potentiels futurs combattants ba Red Tabara?
https://t.co/cAMIOzdvkG
1/ Ubwo ntiwosanga ari deal iri hagati ya Neva na Ruto, bivuye ku bwinshi bw'abarundi bari muri Kenya, boshobora kuba des potentiels futurs combattants ba Red Tabara?
https://t.co/cAMIOzdvkG
Banyarwanda Banyarwandakazi,
Musome neza iyi message irabaraba kandi ivuye ku muvandimwe murazi ko Umuhanuzi abakunda cane.
======================================
🔴1993: Aha iwacu abatutsi bakorewe ihonyabwoko na Leta ya Frodebu yari ihejeje gutsinda amatora. Frodebu ni umugambwe (Ishyaka) wari watangujwe n'abarundi biga mu Rwanda ku ntwaro ya Havyarimana. Ico gihe bishe abatutsi barenga 300,000.
🔴1993-1994: Mu gisagara ca Bujumbura hatanguye kuboneka aba jeunes bitwa aba sans echecs bavuga ko barwanira abatutsi. Abo ba jeunes bari babangamiye cane intwaro ya Frodebu.
🔴Ico Frodebu yakoze mukubarwany a yatanguje urudandazwa rw'urumogi rwinshi, n'ibindi biyovyabwenge. Ico kirwanisho bari babizi neza ko gikomeye. Mugihe c'intambara benshi bahevye amashure birirwa banywa urumogi aho bita ku ma Ligala. ( i Ligala ni ahantu aba jeunes bakunda kwicara umunsi wose, kenshi haba ari munsi y'igiti) iryo jambo ryavuye mu ndirimbo yitwa Legalize Marijuana ya Peter Toch.
🔴Ndemera atagukekeranya ko impamvu Uburundi bwahuye n'ibibazo vyinshi nubu turimwo aho dutwarwa n'umuntu nka Ndayishimiye, ari kubera urwaruka rwinshi rwari kubirwanya rwahereye mu rumogi n'ibiyovyabwenge.
=========
IMBURI ku Rwanda
==============
Uyu munsi iyo ndavye aba jeunes bamwe bo mu Rwanda ukuntu bakunda za drogues, inzoga, vapes, kwambara nabi, uburaya etc. Nibuka ivyo bihe Twabayemwo nk'abarundi aho génération yose yahonye kubera ico kibazo.
Ndipfuza gusaba Police yanyu ahubwo ikore amatohoza irabe neza aho amafaranga ya zirya nzoga mwita ivyuma ava Murabe neza ko ata FDLR yoba ishiramwo amafaranga kugira abana b'abanyarwanda bicwe na drogues. Mukurikirane neza ico kintu hanyuma muzombwire. Hamwe itoba ariyo murabe neza ko abo bantu bashiramwo amafaranga atabandi bantu bakorana kubw'izindi mpamvu.
Jeunesse nibwo butunzi bwejo, nizo nguvu z'uyu munsi
Aha hantu ndasaba Leta ntitwarwe n'ibivugwa kuri social media, mushiremwo inguvu nyinshi mukingire aba bana ejo aka karere karabakeneye.
🧵1/ Inyigisho za Neva ku mbonerakure?
Uyo mu influenceur mubona, n'incuti idasanzwe y'abandi ba influenceur bakoreshwa na #cnddfdd, cane cane umwishwa wa 1st lady, #nellynat. Vyumvikana neza ko ubutumwa ashirako buba bwavuye directement muri rugo kwa #Neva.
1/ Pacifique yaranse kumuvuga ariko reka tumu #PFUKURE. Uyo muntu ni #ericNyandwi kuri Facebook. Uyu ni umu #dd , ni mubi cane. Kandi ariko arata mukaga abarundi benshi surtout bamwe bo mumitumba bari naif.
@Consultantxxl@Red_Tabara@cndd_fdd 3/ Reka nkubwire, izo mvugo zawe nturi uwambere uzivuze, abakozi ba #DD mutera mwigaragaza. Na ba Maxime baragerageje biranka. Kandi wanka wemera igihugu kiratabarwa, hama mwe aba #DD mukurwe mu gihugu no mu karere ubutakigaruka. #MaPumbafu
@ReynoldsButari Mwagarutse kubari hanze ko boterera. Ariko n'abari mu burundi nabo barashobora kugira uruhara runini. C'est vrai ko batinya kugaragara, ariko nimba uri mu Burundi, ushobora no gukora Compte anonyme, basi ukaza urapartaga Indirimbo za RT zigashika kure. Nuko ni guterera.
@WilsonLixon Bwana @ReynoldsButari uvuze ikintu kiri tres important. Ngutumiriye gusoma in Article. Uyu mutype yatanguje ikinyamakuru ca #DD mu nyuma irakimunyuruza aca arahunga. Nawe yaravuze ico uvuze "Ku barundi benshi, the actual pain is not painful enough to free themselves"
@WilsonLixon Uyo muntu ahejeje kuvuga ariko yigira umu intellectuel wa cane, nkaho atazi ko mu kugwanya #DD ata bu intellectuel bijamwo. Solution ni imwe. #DD nihagarare iraswe ntakindi. Kandi ni vuba cane.
🧵AMAKENGA Y'UMUNYAGIHUGU KURI FNL YA #NZABAMPEMA
1/n Igihe bigaragaye ko @ikigatanyakazi yagiye kwifatanya na @Red_Tabara mu nzira y'umuheto, habonetse uguhangayika n'ubwoba bwinshi cane mu butegetsi bwa #CNDDFDD.