@BBNBurundi@BurundiGov@NtareHouse@IrisNews_@MagazineJimbere Mbega mwoba mufise amakuru ya station Gisubizo petro KO yiba plus de 10litres kuri 60litres? Ikibabaje nikimwe nuko BBN iyo igombe ije kuraba Ayo ma station usanga kenshi bene Ama station babimenye bagaca babihindura. Ariko mukore ibishoboka vyose Gisubizo petro muhakosore