@bbcgahuza Ceci vient encore une fois confirmer l’évidence: Vyumvika ko ari ingwano y’ubutare (minerais)comme déjà confirmé par plusieurs analystes comme ceux de l’émission @publicsenat. Ibisigaye ni inkinamico. Yaura t-il encore une fois des dénégations comme c’est toujours le cas?
@Sihoturi@MininterInfosBi@MiniJustice_BDI Nawe utumwa nande? C'est deplorable ariko nawe birya wandika nta teka biguha sauf ko wewe uri muri anonymat. Kurwanya ivyo bintu ni travail collectif kuko bose bogira udu comptes anonymes kugira bavugiremwo atawubatunga urutoki.
@EtienneMitik Turarwaje nos compatriotes. Soit ils sont du côté y'abaturira pour jouer la diversion, soit ils veulent récupérer la situation malheureuse des victimes à leur profit.
@UBellarmee@EtienneMitik C'est avec ce cerveau que tu traverses la route? Un commerçant de CIBITOKE ari à mesure yokuza kwa Vénérand? Mbe izo marchés privés zoba ari zingahe hano mu Burundi pour remplacer izisha zose?
@ReynoldsButari Reka mvuge kuri iyo point 2. Mbe burya iyo muvuga murabanza mukiyumvira ahantu hari 650 hommes armés ico bareprésenta? Kubera uri umucivil reka ngucire agace; abo bantu ntibigera baba bari ahantu hamwe baba bagabuye en battaillons nazo en companies. Kubencercla rero ntigikunda.