@GregLeGrecq@GeneralNeva ,ko twakuze twumva ko umwami iyo abonye igihugu kiri muvyago yiha ubuki urindiriye iki?MBE ko ata galerie yabategetsi turumva zisha nizo zikingiwe cane?murakoze gukenesha abarundi kugira inzu yamwe na njelina ironke aba clients.muzovyishura✍️✍️✍️
@FOCODE_ Rest in peace 🕊️ my brother.nzokwama nibuka ubutwari,uko twabanye,twigishanya gukunda sport no kubaha abandi.ndababaye kuba ugiye tudasubiye kubonana ubutwari bwawe tuzokwama tubwibuka😭😭