@ButoyiEvelyne Nta kibazo na kimwe irya muziki iteje mu gihugu @CNC_BURUNDI ni bakire akazi kabo bareke kubarabuza aba artistes. Bamenye ko ariko kazi bakora surtout
@Ikiriho@FOCODE_@UEauBurundi@BelgiumInBuja Donc bisigura ko 15tonnes zabaye détournés kandi ariwe yari ajejwe kuzikurikirana atazi nk'iyo zaroye?? ? Détournement na volé ni deux vocables très différents. Zirya tonnes hari abazitwaye barasinyirwa. None ko ata wateye gatarina kuki abazitwaye batazwi n'uwazitanze atahanywe?
@megamindology Ibaze nk'iyo bibazo vya Gaël uko biba bimeze! Et puis y a toujours des bêtises qu'ils sont obligés de sortir : kwanka igihugu bisigura iki?
@rutwesdras@CnddFdd Diminution d'exportation sur le plan classique + disparition de l gde partie de fonds provenant des missions militaires, sanc6o ecques, départ massifs des burundais à l'étranger(dépenses en devises à l'étranger), détournements des fonds pub(en devises),....
Nibaza ko abantu surtout les gens de la #diaspora bokwitonda muri ibi bintu vya Fablice na marché central. Y a trop de zone d'ombres. "Tout flatteur vit au dépens de celui qui l'écoute", La Fontaine 😊
Iyi soko izokubakwa, yuzure kandi yinjirwe….ariko vyose bizobera muma conférences de presse.
Kuduza ama actions ku nyubakwa ata ka fondation irubakwa 😂😂😂😂
#Abatwip
@rutwesdras Aussi ngira muri kiriya gihe hari ivyo batubahuka ubu ils se permettent tout. ibinyamakuru bikora uko badashaka ngo birwanya Reta. Rero hari n'abakora nka agence de communication ata n'igitsure. Hari umusi twaganiriye n'uyo bavuze atwara ico kinyamakuru gishasha narumiwe
@rutwesdras Les commerçants achètent avec leurs devises et vendent en Fbu. La BRB doit etre capable de convertir leur argent après la vente. Interpetrol deja boba bapfuye ideni rya plusieurs millions de $ Reta itarishe baca banka kurangura.nayo make bayamarira mu mufuko
Ngo mukiduze ariko kiboneke? Ivyo bintu mpora mbona n'abandi babivuga ariko simbona isano riri hagati y'iduga ry'ibiciro no kuboneka kw'ibitoro. Je trouve ce type de raisonnement très bizarre 😊