#Burundi,Musitanteri wa @CommuneGASHIKA2 @NgoziProvince @NIYIBIZITheophi aripfurije umunsi mukuru mwiza wa EID AL-ADHA kuba Islam bose arongoye bo muri komine nababa hanze y ikomine ube umunsi mukuru wogusangira ico bafise mu ngo n ikibano ciza
@AdolpheMinani
@NgoziProvince
Kuri uyu wa 27.6.2023, Musitanteri wa @CommuneGASHIKA2 @NgoziProvince @NIYIBIZITheophi yatunganije inama y indongozi zitandukanye zigize iyo komine muntumbero yokurabira hamwe ivyaranguwe mu mwaka wa 2022_2023 nibigiye kurangurwa n ukwitegurira itariki 1.7.023
@NgoziProvince
Kuri uyu wa 13.5.2023 muri @CommuneGASHIKA2 @NgoziProvince ibikorwa vy iterambere rusang vyabereye ahariko hubakwa inzu y amanama.Abakozi b ishure ry igenga MIA risanzwe rir muriyo komine ryashikirije intererano y imifuko 10 y isima Musitanteri akaba yabakengurutse
@BurundiGov
#Burundi , Musitanteri @CommuneGASHIKA2 @NgoziProvince @NIYIBIZITheophi aripfurije umunsi mukuru mwiza wa EID AL FITR kuba ISLAM bose arongoye bo muri komine nababa hanze y ikomine Ubeumunsi mukuru wogusangira ivyo bafise mu ngo no mukibano
@MininterInfosBi
@NgoziProvince
Mu ngendo ziwe Musitanteri wa @CommuneGASHIKA2 @NgoziProvince @NIYIBIZITheophi kur uyu 20.4.2023 yagendeye umutumba NGOMA baganiriye umutekano,iterambere ry ingo mukurwanya umugwazo hamwe n ukwitegurira umunsi wahariwe abakozi n akazi
@MininterInfosBi
@NgoziProvince
Musitanteri wa komine nziza ya @CommuneGASHIKA2 @NIYIBIZITheophile@Ngoziprovince aripfurije abenegihugu bose arongoye pasika nziza yo kujabuka mw iterambere ry ingo n ikibano ciza twame twuzuye urukundo n ikigongwe nk uko Kristu yadukunze
@ntacemmanuel
Kur uyu w 4.4.2022,Umunyamabanga Nshingwabikorwa Ntayegayezwa muri @CommuneGASHIKA2 yagendeye abenegihugu b ku mitumba ya Buhoro,Nini na Sabunda baganiriye kubijanye ibagara ry umuceri ,kurwanya imigwazo nugusigurira urwaruka indero yokuziko
@MininterInfosBi
@NgoziProvince
Kur uyu wa 4 ntwarante 2023muri @CommuneGASHIKA2 ibikorwa vy iterambere rusangi vyatewe iteka na Nyakwubahwa Icegera c Umukuru w Igihugu c Uburundi mubikorwa vy ukwubaka inzu y amanama izakira abantu bashika 1000.
@Kwantare@BurundiGov@MininterInfosBi
@NgoziProvince
Kur uyu wa 4 ntwarante 2023muri @CommuneGASHIKA2 ibikorwa vy iterambere rusangi vyatewe iteka na Nyakwubahwa Icegera c Umukuru w Igihugu c Uburundi mubikorwa vy ukwubaka inzu y amanama izakira abantu bashika 1000.
@Kwantare@BurundiGov@MininterInfosBi
@NgoziProvince