@sopebu@NtareHouse Pour la Sopebu,il ne suffit pas de publier les stations qui ont reçu du carburant mais fallait-il se rassurer que le carburant yatanzwe ihabwa beneyo
Est ce que les motos qui ont reçues les autorisations de circulation en ville n'ont pas accès au carburant ?? Presque toutes les stations ne donnent pas de carburant aux motos même les petits jehokuki qui ne prennent que 3 litres seulement.0 EST ce normal ça ???
#Burundi Encore une fois,Dieu de l'univers, auteur unique de tout ce qui a existé, existe et existera pour tjrs vient de redorer l'ambiance vitale de la vie du Burundi,la noble Nation et son peupl ABARUNDI.Honorable @R_Ndikuriyo ,le SG du CNDD-FDD est très bien portant @KwaNtare
Sous l'invitation de @SNIBE_DIAGNOSTIC en collaboration avec @IFCC, L' @ANTEBBU est représenté par son Président dans un Symposium International sur l'immunologie et le Laboratoire medical dans la ville de Shenzghen en #Chine,suivi par un contrat de #partenariat#ANTEBBU_SNIBE.
Amotora ya 2025 aregereje, umwe wese asarure ico yarimye!!!
Ndashimira cane @CnddFdd uba hafi abarundi bose muri rusangi, n'abagumyabanga Ku vy'umwihariko. Uyu mugambwe, ni uw'abenegihugu koko. Urabaherekeza mu buzima bwabo bwa minsi yose, ni umuhanuzi atazimiza, ubigisha kuja ku kivi ndetse ukanabashigikira mu kubereka akarorero, bagatahura ko ubwigenge nyabwo ari ukwigaba n'ukwigaburira kandi ko "akimuhana kaza imvura ihise". Nivyo ibigora ntibibura, kanatsinda "Ibigora bigora umugabo" ariko igikuru n'uko bibonwa hakiri kare umuti urama ugatorwa.
Ehe none turinjiye mu matora ya 2025, tugiye duhagaze neza, dupanze kandi turi ku kivi. Uyu mwaka tuzokwimbura vyinshi: umwimbu mu mirima n'intsinzi itagabanije mu matora, gutyo tugume twibera mu bwiza. Ni harambe @CnddFdd!!!
@sopebu@NtareHouse Stations sur la RN5 mwarazibagiye kweri.Dites moi le contraire.Autre chose ,une injustice notoire pour les véhicules 6-7-8-9 se ravitaillant jeudi et dimanche. Zizoshirwa ryari