123Million de $ ya BRB en 2022 Fyee, 60Million de $ ya BANCOBU en 2023 par la Reine Noire Fyee, 814.000⏠de BRB en 2024 bija kuvurwa en 2026 ejo bundi gatoyi Fyee. Ubu naho 100.000$ ya BRB Fyee. Aho rero uwutwara BRB, ntacafise avuga, avuze naho yoba asezeye isi na n'ijuru.
Ayaheruka yo muri 2020 ko barimwo, bari bayagiyemwo bigeze gute.? yoyo nta tunenge twarimwo.? Nibaguha 100Million FBU uzoca wemera naya mbere wayagiyemwo uko nyene nayakurikira uzoyajamw uko nyene. Birame mbone.
Kuja imbere y'amakungu akemeze neza ko mu Burundi ata banyuruzwa bakaburirwa irengero, ko ata bicwa babaho, ko vyose ari irementanya, nivyo wita "se respecter et donner son opinion"? Eeh bien Mme Charline, fvck you, toi, Elisa n'abandi bose mwiyumvira uko. Nta mutima mugira đđŸ