Tuzotanguza mu misi ya vuba ihaganwa ry'umupira wa maguru mu bana batobato ku mitumba yose yo mu #Burundi.Abana bazokinisha imipira bibangiye kumwe kwa kera, bakoresheje ibikoresho basanganywe ubumwanya, ibihubahuba n'ibindi. Bikaba ari kimwe mu vyavuye mu mwiherero wa @FFB