Quoiqu’il arrive- nous sommes et resterons les seuls responsables de notre vie et des choix que nous effectuons. Et c’est pourquoi, nous devrons plus que jamais, aspirer à devenir acteurs de notre vie.
🔴RÉVÉLATION Le scandale des médecins radiés. Comment des médecins radiés en France peuvent-ils continuer à exercer à l’étranger sans être inquiétés ? #JT20h
@Sir_Umuhirwaa2 Chere jeune femme mariée: none umugabo arakubuza kwikingira gusama imbanyi kandi ko wumva adashaka ko muvyara ubu? Mu gihe mutaraba prêts yo kuvyara, ico wokora kiri très simple: IKINGIRE GUSAMA IMBANYI UTIPFUZA!
@iamelysgretta@alexis_vacilli Famille ishobora kuba yatanze iyo permission de publier sa foto, sans doute kubera batazi ingene ama cas nkayo aba traités en 🇩🇪. Ariko nk’abantu muri en 🇩🇪, murazi neza ko y a bcq de moyens mwari gufata, si réellement vs vouliez l’aider.
@iamelysgretta Pas nécessaire de publier sa foto sur les réso socio. Sinibaza ko ngaho harico mufashije. Aba🇧🇮, on se connait! Ahubwo ko ari muri 🇩🇪, c’était facile kumufasha. Y a des structures sociales pr ça mwocamwo. Cas yiwe si iyambere. Kuba afise problem ntibibaha le droit yo ku mu publia
@InesKid1 Bien dit @InesKid1 . La première fois qd je suis arrivée au Danemark, mûri hiver/decembre. Le soleil brillait, indege iriko iramanuka je me suis dit: “sûrement que hadakanye nkuko ndavyibaza. Car le soleil brille.” Une fois dehors, Narumiwe n’imbeho😀😀
@DanNGA45 Ndibaza k bishobora kuba biri no muri kamera kacu nk’aba 🇧🇮. Kenshi kuryoherwa kwacu ni ikirori + inzoga+ meeting za politik+ gusenga.Ntiduha cane agaciro kuryoherwa n’izindi loisirs. Bonne chance ds ta recherche.