@Sir_Umuhirwaa2 iyo ni crise que presque toutes les jeunes couples traversent. kandi niho ingo nyinshi zisambukira . rero malgré uko wiyumva icara uganire n'uwo mwubakanye hamaunamutangurre bibaye ngombwa tahura ko kwabira uwo mwubakanye ari devoir conjugale quelques les circonstances
@KIGOGOk4mn Nimba Boris ariwe @yigenga nkuko ubivuga je parierais mes mains sur le feu que tu es son premier informateur. Cela dit, uce udusigurira ukuntu wamuha amakuru yose
@BurundiInsight @LMushikiwabo Iyo ushatse guhindura izina ukandika mukibanza c'abando ba uraba ko ataho wihenze: raba iryo kete wanditse ko uri otawa, canada, ariko uca wandika kuri date ngo :"Bujumbura le... Dufaye kuri hehe?