Natacha Burundi is back again
Umwamikazi w'umuziki w'Uburundi
inyuma yo gusohora Shikisha ft Femi One agiye kuduha New Song.
Natacha ati : << Ntashobora kunyoteza abakunzi b'umuziki w'Uburundi vuba New Song irabashikira. >>
Voici les Statistiques
--------------------------------------
Mu myaka itanu 5 yanyuma
Kidum afise Hit 1 🤔🤔
kandi nayo nyene sigwiwe
uwoba azi Hit iyindi ya Kidum nayitubwire
Game yamunaniye niyigumire
muza Karaoké niho ashoboye
Amajambo make tugwize ibikogwa.
Aba mwegereye Miss Erica
nibaduhe umuco !!! 🤔
- Canke ni video igira isohoke ?
- Mbega iyo niyo mpembo yakuye i Nairobi ?? Mze baba lao 😀
- Kent-P yoba yateye swata abandi bagatsindaaa ??
- KING Sat-B we ni gute ??
NDAKESERA
by Mr Joker ft MB Data
Available now all digital Platforms : iTunes, Spotify, DEEZER, Amazon MP3, TIDAL, MUSIC...
🔥🔥🔥🔥🔥 https://t.co/NnaXjpFKYP