@umurundikazi2@ReynoldsButari Jewe ndi umurundi mba mu burundi i bujumbura kandi sindi umu DD, umuryango wanje wagutse gose, nta mu DD arimwo. Ndatunze mwi telephone ama numeros y abantu baba mu burundi barenga 800 nta mu DD arimwo. Iyo nzara yanyu ba mureka kudukwegeramwo twese
@Niyo_nama@GregLeGrecq Vuga ikintu kimwe bakijije kuva baza. Ntuvuge ngo amahoro kubera na kera nibo bayatubuza batera aba civils ubundi rebellions zigwana n igisirikare. N ubu bica uwubarabira mw isahani wese. Yaba umututsi yamye ari "umwansi" wabo yaba umuhutu bitwa ko baje kubohora
@burundionthemap Nkurunziza yar afise abana bari humble gose.Har ishure nizeko ariho biga you barely noticed them ntacari kukubwira ko ari abana ba président. Bakiza haguma abasoda benshi en civil they kept patroling around the school(which is normal) ariko après baguma hanze kandi ntibari benshi
@yigenga Bosco😂😂uwu mugabo namumenye muri cadre yatuma ntamenya ko ari imbonerakure, haciye igihe ndamwumva mu makuru yo kunyuruza naratangaye cane. Kubera ni umuntu atera inkuru cane akunda kuba ariko aritwengera
@GregLeGrecq Ubu baguma batwumvisha ko n abajayo ataco bakurayo😂ibaze narrative iyo bamutumira😂😂baba bariko baravuga ingene President wa Africa ari umuntu akomeye cane yafatanye photo n aba prezzo ba G7 ko Uburundi bugira 8 grâce à lui😂😂