Nous félicitons nos Jeunes de Gihofi @bukemba_commune regroupés en Coopérative pour la mise en œuvre du projet de fabrication des savons.
Nous appelons la Population de @RutanaProvince et plus particulièrement les commerçants de consommer nos produits locaux.
Mes félicitations à @rutanacnddfdd pr cette activité de partager la joie avc Bagumyabanga @RutanaProvince,ma Province Natale,ce 28/3 en leur souhaitant les meilleurs vœux 2023.
Un bon Leader connaît les moments (quand&comment pr un but positif),dont l'allégresse.
Vive le @CnddFdd
Mu mubonano w'Umukuru w'Igihugu c'U #Burundi Nyenicubahiro Varisito #Ndayishimiye na Mugenziwe wa Sénégal Nyenicubahiro @Macky_Sall, bayaze ku biraba inyungu z'ivyo bihugu uko ari bibiri, hamwe n'ibindi bibazo bihanze umugabane wa Afrika na cane cane amahoro no kurwanya ubukene
Abenegihugu bo kumitumba ya YOVE,GATAKAZI,SHANGA,RUNYONI Na GISASA yo muri komine musongati @rutana province Bari mumubabaro udasanzwe bitewe n'urubura rwaraye rwononye imirima yose. Basaba uwobishobora kugira ico afashije kubagarukirako.
Kuri uyu wa 26/01/2023 abenegihugu bo Ku mutumba wa MUNGWA bagiwe imbere n'uwurongoye izone ya Ngoma bazindutse gutera ibiti Ku mutumba muremure utambaye mu ntumbero yogushira mungiro umugambi w'igihugu wa EWE BURUNDI URAMBAYE.Ico gikorwa kikaba kigiye gukorwa Ku mitumba yose.
En marge de la prière d'action de grâce interconfessionnelle organisé par le @CnddFdd en @Gitega, cet avant-midi, les leaders suivent les enseignements bibliques de Pasteur Claver Ndayisenga centrés sur le leadership
Ndashimiye cane indongozi z'Umugambwe @CnddFdd kw'iteka banteye kugira dusangire ijambo ry'Imana mu gikorane kiriko kibera i @Gitega. Muze tumere nka Nehemiya mu gukunda igihugu cacu no mu kuba abizigirwa. Tugikorere naho abansi bohaguruka nk'uko vyabaye mu gihe ca Nehemiya
#Burundi Guhagara neza no gutsimbataza @CnddFdd mu burere butandukanye bwo mu ntara ya Rutana ivyo ni bimwe muvyo Umunyamabanga @CnddFdd muriyo ntara yaganiriye kuruyu wa 19/1/2023 n'indongozi zinyuranye zo muri zone Muzye komine Giharo @nancymutoni