Le Parti @CnddFdd félicite SE Evariste #Ndayishimiye suite à son élection au poste de 3ème Vice-Président de l'Union Africaine par la 36ème Conférence des chefs d'Etat et de Gouvernement #AUSummit2023 à Addis-Abeba du 18-19 février 2023. Une victoire et une fierté du #Burundi.
#Burundi kuruyu wa11/2/2023 Abakenyererarugamba ba Komine Giharo bari baramutse bibarutsa umukenyererarugamba mugenzi wabo yibarutse ubushuri wo ku mutumba wa Mura .ivyo birori bikaba vyari vyatewe iteka nuwurongoye uwo muhari mu ntara ya Rutana.@CnddFdd@nancymutoni
#Burundi kuruyu wa 11/2/2023 mu ntara ya Rutana abagumyabanga bo muriyo ntara bifatanije nabandi bene gihugu bo mu makomine ya Musongati na Rutana aho bari baramutse batera ibiti ku mutumba wa Bugunga uri muri Komine Rutana.@nancymutoni@CnddFdd
#BURUNDI guhagararira amahoro n'umutekano kugira discipline no kwijukira amakoperative nivyo uwurongoye umuhari w'imbonerakure mu ntara ya Rutana yaganiriye ni Mbonerakure za zone Mpinga kuruyu wa 9/2/2023 aho bari bahuriye ku mutumba Butamya
bariko baratera ibiti @CnddFdd
#Burundi Kuruyu wa 9/2/2023 muri wa mugambi wa leta EWE BURUNDI URAMBAYE abagumyabanga bo muri Komine Bukemba bifadikanije nabandi benegihugu bo muriyo Komine mu gutera ibiti ku mutumba wa Murama-Rugwe.@nancymutoni. @CnddFdd
#Burundi imyifato myiza ziranga indongozi zitandukanye biri muvyo umunyamabanga @CnddFdd mu ntara yayaze n'indongozi zinyuranye zo muri komine Giharo hari kuruyu wa 9/2/2023 ku mugwa mukuru wiyo komine
#Burundi kuruyu munsi abarundi bari baramutse bibuka imyaka 32 iheze biyemeje kubana mu mahoro abagumyabanga bo mu ntara ya Rutana bifadikanije nabandi benegihugu bo muriyo ntara guhimbaza uwo munsi @nancymutoni
#Burundi kurabirahamwe uko umwaka uheze wa 2022 wagenze no kurabira hamwe ico kogwa kugira abenegihugu bahurumbire @CnddFdd nivyo vyaranze kuruyu wa 21/1/2023 mu nama yatunganijwe mu bucimbiri bwose bugize Intara nziza ya Rutana @nancymutoni
#Burundi Guhagara neza no gutsimbataza @CnddFdd mu burere butandukanye bwo mu ntara ya Rutana ivyo ni bimwe muvyo Umunyamabanga @CnddFdd muriyo ntara yaganiriye kuruyu wa 19/1/2023 n'indongozi zinyuranye zo muri zone Muzye komine Giharo @nancymutoni
#Burundi kuruyu wa 13/1/2023 Umunyamabanga w'ibiro @CnddFdd mu ntara ya Rutana yaramutse aganira abaserukira ibisata vy'amagara y'abantu hamwe n'indero bo komine Rutana mu ntumbero yo kubakundisha igihugu no gutsimbataza umugambwe murivyo bisata @nancymutoni
#Burundi Gukunda no gukorera igihugu catwibarutse hamwe no Gutsimbataza @CnddFdd mu bisata vy'amagara y'abantu n'indero nivyo kuruyu wa 14/1/2023 Umunyamabanga @CnddFdd mu ntara ya Rutana yaganiriye nindongozi z'ivyo bisata mu makomine ya Mpinga-Kayove na Musongati @nancymutoni
#Burundi kuruyu wa 13/1/2023 Umunyamabanga w'ibiro @CnddFdd mu ntara ya Rutana yaramutse aganira abaserukira ibisata vy'amagara y'abantu hamwe n'indero bo komine Rutana mu ntumbero yo kubakundisha igihugu no gutsimbataza umugambwe murivyo bisata @nancymutoni
#Burundi Gukunda igihugu no kugikorera hamwe no gutsimbataza @CnddFdd mu bisata vy'indero n'amagara y'abantu nivyo uwurongoye umuhari w'Imbonerakure mu ntara ya Rutana yaganiriye nabarongoye ivyo bisata bo muri Komine Gitanga kuruyu wa 13/1/2023 .@nancymutoni
#Burundi kuruyu wa kane igenekerezo rya 12/1/2023 Umunyamabanga @CnddFdd mu ntara ya Rutana yararamutse aganira nabakora mu bisata v'indero n'amagara yabantu bakorera mu makomine ya Bukemba na Giharo.@nancymutoni
#Burundi hari ku munsi w'ejo igenekerezo rya 7/1/2023 aho Umunyamabanga @CnddFdd mu ntara ya Rutana yararamutse aganira n'abakora mu gisata c'amagara y'abantu bakorera muri komine Gihara mu ntumbero yo kubahamagarira kurushurizaho kwakira neza ababituye @nancymutoni