@Aniellanish@DUSHIME_B Ariko nayaguhaye aho munsi uca ubona finalement ko benewacu bamwebamwe hari utugorori tumwe tumwe twatakariye hasi🤣🤣🤣🤣 ex ni uwu azanye iyi tweet🤣🤣🤣
@DUSHIME_B Ndakunda abarundi cane. Nguwo Lucresse na Gasape hiyongereyeko Tess na Exie. Hari ikindi kibazo? Uwu munsi naronse akanya ko gusoma no kwishura.