Top Tweets for #ASYST
#Urgent: Depuis vendredi soir, le patron de la célèbre société informatique #ASYST est locataire de la prison centrale de #Gitega. Amedee #BWIMBA semble être un prisonnier particulier car voisin inconnu (car ils ne peuvent pas se voir) de #Bunyoni. Depuis vendredi, le nouveau prisonnier n'a pas encore reçu de visite, alertent les prisonniers sur place. À suivre..

Kuva ku wa 5 ku mugoroba, umukuru wa société #ASYST ikorera mu buhinga bwa none (Informatique) afungiwe mw'ibohero rikuru ry'i Gitega. Uwo murwizatunga Amedee BWIMBA asa n'uwufunzwe mw'ibanga mu cumba cegereye aho #Bunyoni afungiwe. Yazanywe mwijoro ryo kuwa gatanu. Abanyororo bakaba bamutabariza ko kuva kuwa 5 atararonka abamugemurira. A suivre....

#Burundi
Dossier Amédée #ASYST
Inkuru dukesha umumenyeshamakuru @DanielMugisha11👇
https://t.co/rXjOAGW1XM
#Burundi #Dossier_ASYST
1.Umugambi wo kunyaga umunyamabanga #Amédée_BWIMBA société yiwe #ASYST
Amakuru dukesha isoko ryacu mw'iperereza ry'Uburundi yemeza ko akarwi k'abategetsi ba @CnddFdd kapfunze #Amédée_BWIMBA gafise umugambi wo kumwaka canke kumunyaga iyo société yiwe #ASYST

#Burundi Dossier #Amédée_BWIMBA
1. Ni igiki gipfunze umukuru wa société #ASYST?N'icahe cinyegeje inyuma abarundi batazi?
#Amédée_BWIMBA aturuka mu gihugu ca #Congo,akaba arongoye Société #ASYST:Advanced System rifise uburambe muvy'ubuhinga bwa none bita #Logiciel/#Digitalisation

#Burundi
Ce qui se cache derrière l'arrêstation de #Amédée_BWIMBA.
Pourquoi le patron de #ASYST est emprisonné en secret?
Qui sont les personnes cités dans l'emprisonnement de #Amédée_BWIMBA?
Lire la page:👇
https://t.co/0FF6eILwfv
@KingBurundian Le bureau #Asyst niyakera cane kndi ifise uburambe n’ubumenyi bukomeye muvya #informatique. C’est à dire ko hamotamwo igiturire. @NtareHouse na @GeneralNeva canke @GNdirakobuca barabe ko muri @FinancesBdi na @OBR_BI hatariko harononekara ibintu ku nyungu z’umuntu ! 🤔@BankiNkuru
Mu makuru akurikira tugiye kubabwira umugambi wateguwe n'ako karwi gapfunze #Amédée_BWIMBA kugira kanyage kongere kigarurire Société #ASYST:Advanced System.
Uwo mugambi wo kumunyaga usa n'uwarangiye.Hamwe atacokorwa kugira #Amédée atabarwe,ashobora guca #agandagurwa
@GeneralNeva
#Burundi Dossier #Amédée_BWIMBA
1. Ni igiki gipfunze umukuru wa société #ASYST?N'icahe cinyegeje inyuma abarundi batazi?
#Amédée_BWIMBA aturuka mu gihugu ca #Congo,akaba arongoye Société #ASYST:Advanced System rifise uburambe muvy'ubuhinga bwa none bita #Logiciel/#Digitalisation

4.#Amédée_BWIMBA apfunzwe n'akarwi k'abategetsi ba @CnddFdd batigeze bipfuza ko logiciel yiwe ya #ASYST yokoreshwa mu kigo ca @OBR_BI kubera ko batinya ko amafranga y'ubunyonyezi bahakoreye yoca amenyekana.Ivyo tubisanga mu nkuru duheruka gukora:(https://t.co/3jumElPKSE)

Ako karwi kamupfunze kagizwe na
#JClaude_MANIRAKIZA:Commisaire général wa @OBR_BI
#Audace_NIYONZIMA:Umushikirangaji w'ikigega ca leta(akaba yahoze arongoye #OBR)
Aba rero,ntibipfuza ko iyi logiciel ya #ASYST ikoreshwa muri #OBR kuko hari ibintu vyinshi yerekana vy'amanyanga 2/7

#Burundi Dossier #Amédée_BWIMBA
1. Ni igiki gipfunze umukuru wa société #ASYST?N'icahe cinyegeje inyuma abarundi batazi?
#Amédée_BWIMBA aturuka mu gihugu ca #Congo,akaba arongoye Société #ASYST:Advanced System rifise uburambe muvy'ubuhinga bwa none bita #Logiciel/#Digitalisation

#Burundi
Umuyobozi mukuru:#CEO wa société #ASYST mu Burundi arapfungiwe mu gasho k'iperereza i #Bujumbura.
Uwu muyobozi:#Amédée_RWIMBA apfunzwe n'akarwi kariko kagerageza kumurwanya kuri Logiciel y'iyo société #ASYST yatsindiye isoko,ikaba yategerezwa gukoreshwa muri @OBR_BI 1/7

Kubatazi #ASYST:Advanced System ni société muvyo ikora harimwo ivy'ubuhinga bwa none ivyo bita #Logiciel_Digitalisation ikaba ifise amasoko muri #SOSUMO, #OTB, #ONATEL, ibitaro Roi Khaled:#CHUK, #RPP, #BRB n'ahandi....

#Burundi
Umuyobozi mukuru:#CEO wa société #ASYST mu Burundi arapfungiwe mu gasho k'iperereza i #Bujumbura.
Uwu muyobozi:#Amédée_RWIMBA apfunzwe n'akarwi kariko kagerageza kumurwanya kuri Logiciel y'iyo société #ASYST yatsindiye isoko,ikaba yategerezwa gukoreshwa muri @OBR_BI 1/7

Ikibazo:Mbega ko umukuru w'igihugu @GeneralNeva azi neza iyi ntambara,azobihagarika?azopfunguza #AmédéeRWIMBA yongere ategeke ko logiciel ya #ASYST ikoreshwa?
N'inkuru tuzogarukako,tubabwire amanyanga ateye ubwoba ariko akorwa n'abategetsi ba #OBR agiye gushira i gihugu mukaga7/7

Uwundi agaragara mw'ipfungwa ry'uwo mukuru wa #ASYST mw'iperereza ni #Donatien_NDAYISHIMIYE:uwu akaba arongoye ikinyamakuru @Ikiriho(cegereye @CnddFdd)kugira abe ari we(Donatien) aca ahabwa iyo soko,azane iyindi logiciel yiwe ishobora kunyegeza ayo manyanga y'ubunyonyezi 5/7

Ako karwi kamupfunze kagizwe na
#JClaude_MANIRAKIZA:Commisaire général wa @OBR_BI
#Audace_NIYONZIMA:Umushikirangaji w'ikigega ca leta(akaba yahoze arongoye #OBR)
Aba rero,ntibipfuza ko iyi logiciel ya #ASYST ikoreshwa muri #OBR kuko hari ibintu vyinshi yerekana vy'amanyanga 2/7

#Burundi
Umuyobozi mukuru:#CEO wa société #ASYST mu Burundi arapfungiwe mu gasho k'iperereza i #Bujumbura.
Uwu muyobozi:#Amédée_RWIMBA apfunzwe n'akarwi kariko kagerageza kumurwanya kuri Logiciel y'iyo société #ASYST yatsindiye isoko,ikaba yategerezwa gukoreshwa muri @OBR_BI 1/7

#Flash Mukanya gato ndugurura dossier y'amanyanga ya @OBR_BI.Ni dossier ndende irimwo amanyanga menshi,bisaba ko muyikurikirana guhera kumuzi kuko nzoza ndatanga ibice bice.Umukuru w'igihugu @GeneralNeva adahagurikiye amanyanga ariko akorwa muri #OBR igihugu kirarwa mu manga.

Une convention mémorable grâce à nos partenaires et sponsors.
@Rawbank_sa @lionsclubs #Nitra #Asyst #Polyceb #GTS #dreamholiday

Wszystkiego najlepszego @Cristiano #ronaldo! 🔥 #35
Koszulki dzisiejszego solenizanta znajdziecie w naszym sklepie! ➡️ https://t.co/SjpHpWvwyh ⬅️
35 lat na karku, a statystyki... KOSMICZNE! 🙆♂️
🏟 994 #spotkań
⚽️ 722 #goli
🎯 251 #asyst
🏆 29 #pucharów
🏅 5 #ballondor

many thanks buat @nesia_junior udah bikin rame acara #asystfunnight #asyst gw jadi tau the "dark… https://t.co/UpgSMaFjai
Last Seen Hashtags on Sotwe
momson()*************** +filter:native_video
Seen from United Kingdom
กำแพงเพชรนัดเย็ด
Seen from Thailand
edit #madre
Seen from Mexico
momson filter:VIDEOS
Seen from Singapore
aporteanónimo
Seen from Mexico
巨乳巨臀
Teenagee () +filter:native_video within_time:3h
Seen from Germany
izzygreen
Seen from Turkey
NOlimit filter:videos
Seen from Switzerland
momson()*************************
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.9M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.2M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
111.7M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
97.9M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.1M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.3M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.1M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
73.6M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
70.8M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.1M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.2M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
63.7M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.3M followers

X 
@x
60.8M followers