Top Tweets for #Akagohe
Uwutazi #Umurundi ntaze amwihendeko🙅.
Hari mu 1896 aho Abadagi binjira mugihugu ca #Mwezi_Gisabo. Ntiborohewe namba kandi bo bakoresha ivyuma bicira umuriro ariko ntivyabujije ko Abarundi babarwanya Imyaka 7 haruhira kuba amasezerano y'i Kiganda mu 1903.
#Akagohe
@fdnbbi komera

Ubushikiranganji bw’indero n'ubushakashatsi busaba abajejwe indero mu Ntara gukurikirana ko mu mashure yose hari isuku na canecane mu mashure y'indaro.
Biri uko mugihe kuri ETS Kamenge havugwa ihagarikwa ry' ivyigwa kubera ikiza ca Cholèra. #Akagohe

Kubw'igihugu🇧🇮, dukwiye kumenya gutandukanya umwansi dufise utwo dupfa dusanzwe n'umwansi ashaka kutwica yatwomoye. Ariko kandi tugire ubwenge turwanye amacakubiri n'inda ndende.
Turacari b'abandi, ntimudusamaze
#Akagohe #Inkebuzo #Fatanamunda

Nimba aba opposants dufise🇧🇮 mwese ibintu vyose mubishira ku mbuga ngo muriko murishurana mwambikana ibara mukaba mutazi ko muba muriko muha imbaraga DD..aba patriotes b'ukuri mubashire mu murwi umwe mubihoze. Twese aha dufise ivyo kuvuga dufise n'inkovu ku mutima no ku mubiri.
Thread
#Akagohe ku #Barundi
Imwe mu mpamvu tutokwitega ko ivy'igitoro vyotorerwa umuti vuba ni #Amatora2025. Ubu muri @CnddFdd bariko bagwanira kuba kuma listes. Uko bisanzwe kugira ubeko hakora ibi
1. Igikenye (uwufise abikoreye inkoho benshi)
2. Amahera
3. Guhana ishano
1/n

#Akagohe :
Abantu muja gutora amahera en devises kuri western union & Moneygram muhejeje kuyatora mwitonde mukuyavunjisha , bishobotse ntimuce muyavunjisha uwo mwanya nyene.
Mpwemu yera abasobanurire.
#Akagohe kuri Commissaire wa Gihanga
Mumubwire muti, ntuhungabanye station #NyamitangOil Company, kuko no kurenga akarere wahawe ngo ukoreremwo ukajabuka mu yindi ntara n'amakosa utayobewe !
@yigenga @KingBurundian @Baconib @Consultantxxl

#Akagohe
Ubu ngo na @Burundi_Police ija kurondera igitoro kwa #MamaTaluku mu Gatumba ?
Hari uwurabona itangazo rya @Cinjire rivuga saisi y'ico gitoro ?
Ngo bariko bafata uwo basanganye ibido inukamwo igitoro ? #Akagohe kuri #PNB, hari ama bido atagiri igitiri ari hiyo hafi y'umupaka na #RDC, yuzuye igitoro c'aba #Jenero, reka kuduhohotera !
@abatwip257 @ngendapatrick @yigenga @KingBurundian @Baconib @Consultantxxl
Uvuze #akagohe?
Subiramwo iyo tweet urabe ivyo wanditse...
Bari hano abo uriko uvunira akagohe
Wewe urihe?
Akagohe kurundi rwaruka ruhohoterwa nizo mbonerakure,bafash amahiri namw mufate ayandi,bategeye ari 20 namw muze muri 40. Nubuhe burenganzir bafise bw gusubirira inyamiramabi,barimenyerey nkuko bobo atawobadoda
@FFB_Burundi murazoraba équipe izokwitaba #CECAFA #KAGAMECUP ntizohure n'ivyashikiye @DynamoBbc . Muzobanze musabe bahindure izina kare. #Akagohe
@KingBurundian @AntoineKaburahe @Baconib @gasongogasongo @yigenga @megamindology
#Akagohe à les #Abatwip
Qui êtes choqués par la honte des décisions de @FebabuOfficiel & @BurundiGov sur @DynamoBbc à @theBAL
#Ngozi à ce moment des policiers sont prêts à tirer à bout portant sur des membres @CnlBurundi pro #Rwasa qui sont contre Q leur parti soit #Nyakurisé

#Akagohe kuri @GeneralNeva
Vyabikorwa mumaze gutanguza incuro nyinshi n'ubu vyarasinziriye 😴
@ARBurundi batubeshe ngo baratanguye, bakoze imetero nke mu mabarabara baca bagenda badasezeye !
Mutureke tumenyere, tubane n'ibinogo canke mubikore vy'ukuri 🤷🏾♂️
@MielsBurundi

🟤🚌 Des flaques d'eau et des mixtures de boue parsèment le parking de bus desservant le sud de la @MairieBuja et celui communément appelé #Cotebu
☹️ Les chauffeurs comme les passagers s'en plaignent: "C'est très embêtant car les vêtements se salissent facilement... Avec les taxes que nous payons, les parkings pourraient être bien aménagés"
📌 Le chargé des transports en Mairie rassure les plaignants que des projets sont en cours pour la rénovation de ces différents endroits
#Burundi

Mpejeje kuronka amafoto y’abigeme batambaye barungikira abantu b’abagabo/abasore 🤦🏾♀️
Bamupfuma mufotora muterekana amasura yanyu basi 🙈
Erega ntamuntu agukunda canke akwubaha azogusaba ifoto utambaye kuko ejo canke hirya yejo uzozisanga ku mbuga za réseaux sociaux
#akagohe
#Akagohe 😉 encore kuri protocole ya @NtareHouse n'ukuri ntaco bitwaye ko mwoshura kuri iyo meza, aka dossier, farde, carnet, ordinateur canke impapuro basi, tubone ko hari ama dossiers bayazeko, imeza iri vide uko womengo ... reka mpore.

🔴#Akagohe, Umukuru w’igihugu @GeneralNeva aherutse kuvunira Abarundi ku kijanye no kurondoka.
Agira ati: “Irwirirana ry’abantu mumenye naryo ko riri mu bintu biriko biradindiza iterambere.
Ntushobora kuba uriko urimira abana munani wari kurimira abana batatu, ngo uheze uvuge ko wotera imbere.....Nta Mana yavuze ati uzovyare abo udashobora kurera. Nta muntu wo kuba kuriyi Si abereyeho ubusa....Abarundi nimba bashaka ko mu mwaka w’2040, Uburundi kizoba ari igihugu aho umwene gihugu azoba aba mu nzu nziza , nuko umuntu azoba afise abana bagereranye.
Ndavye neza, nta muntu yarakwiye kurenza abana babiri. Ni miburiburi batatu....Uwuzogusubirira wewe, uwuzosubirira umupfasoni wawe, basi tugire n’uwurengako.”
➡️ Raba ico kiganiro uciye hano👉 https://t.co/LiVv2Q3jUu , neza na neza guhera ku munota wa 55.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #impanuro #Burundi

#Akagohe
Abarundi_kazi barakwiye kwitondera ibi bintu vyo kuja muma groupe watsap yitirirwa imigambwe kuko vyinshi birimwo amakenga+imitego ya @CnddFdd
N'ubwo ntari umuvugizi wa @BurundiCnl nagira nkebure abantu bariko binjira muri link iriko itembera ku mbuga ko bohagabira

@AthleticsWeekly Congratulations chère @FrancineNiyons4 ariko koresha ururimi rukorohera. batavyumva nibarondere interprète please hama ubahe interview. #akagohe.
Last Seen Hashtags on Sotwe
Trends for you
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
240.5M followers

Barack Obama 
@barackobama
118.7M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
114.4M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107M followers

Rihanna 
@rihanna
98.7M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.8M followers

KATY PERRY 
@katyperry
90M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
84M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
75.5M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
73.4M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.8M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
66.3M followers

Bill Gates 
@billgates
65.2M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
63M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.1M followers

CNN 
@cnn
61.7M followers

X 
@x
60.6M followers



















