Top Tweets for #Baratuza
Ariko Aba @fdnbbi bazi kwiruka kweli🫢 Umurundi inkuru ya Minembwe azajya ayibara umutima utari mu gitereko 😅😅 @MbayahagaIsido2 @Patriote257 @Bujaprov2025 @Burundi_senat ibi meaning ye?😅😅
BARATUZA ni Intwari izwi mu gihugu nk'incabwenge yakoreye igihugu nk'intare,ntagenda arabundabunda nk'igihemu!
Anavugira ugwego rukomeye Pacifique atazopfa ashoboye kuvugira no kwinjiramwo!
Umututsi araho arubahuka,mumpere nyina #Dundaguza!FIN
#Abatwip
#Baratuza
#MURUNDICAKENGE
Muko BARATUZA yokwishura na kimwe muri birya bibazo vy'ubujuju vya #PacifiqueNininahazwe, uwo wanyuma nabanze d'abord amusange i Bujumbura i #Burundi abimwibarize bicaranye, abanze ave mu mwobo iyo yinyegeje nk'ifuku hariya mubakoloni, areke kumwiforotako!7
#Abatwip
#Baratuza
Nico gituma murundi wese waciye akenge ukwiye gutahura igituma n'ubu abatutsi baguma bamutoteza!
⁉️Akajambo kamwe kuri ino Ncabwenge y'umuhutu Imana yaduhaye mu #Burundi BARATUZA.
Umukundira iki Baratuza kuva umwumva canke kumva umubona?
FIN
#Abatwip
#Baratuza
#MURUNDICAKENGE
Sinakunda kuvuga ivy @pnininahazwe arik ndabony avuga kubera Nyakwubahwa mon General #Baratuza intare batinya yamuhay akaryo. Ibi bintu avuga ng ama bomb! Mbeg yakorots ahari? Yarayabony? Nimb yarayabwiw izo nguvu zo guhangara umu General muvyintambara arikura h? @Patriote257

Ce ce que je disais aux loyaux de #focode que c'est pas #Bafukure ou #bambikibara qui transfomeront les victimes des génocidaires coe #Rwasa en loyaux lieutenant de #pacifiqueNininahazwe!
Nta #Baratuza nta #BafureFocode vyose ni #ryogoraduhure! Que des minables sans réponse! Même le #fdlr @ClaudineGasana était au rendezvous, on sait pas si elle etait là en tant qu'expert en migration ou en #insultes? Quand la raison fait migratiin, la migraine envehisse la cerveille! Ooh, on devrait se focalisait au #cnddfdd seulement? Pardon chefs!! #RwasaProject muzojana nayo, #AmarasoArahuma! Ni #dd ni #RwasaPalupehutu ni #redtabara bose ni abashesge amaraso , le Burundi mérite mieux! @nadine79_nadine @12amorFati @rwandan_pundit @ORuhumuriza @kivuutile

Murabe ivyo #focodeNininahazwe avuga, ntimurabe ivyo #akora!
#Bice , #baterinda, #bangaze ya #Cnddfdd irasa neeeza na #Bafukure ya #Focode,umbwo ndavuga gushika menye ko #uburundi ari ubwa #bose habuyemwo abadahuza na #focodeRwasa !
Nta #Baratuza nta #Bafukure ni #agasera ka #njananabaja!!

Inyishu #pacifiqueNininahazwe ahaye #Baratuza nemeranya nayo 100%: #Uburundi ni ubwo #UmurundiWese!
Yamara rero, reka ayo majambo ndayarabishe kuri #PacifiqueFocode ndabe ko yemera ko iyo nyishu ahaye #Baratuza nawe ayihawe n'abatemeranya nawe ko akorana n' batemye inganda z'abatutsis atazosubira kubita #supertutsis canke #tutsisants?:
1. #Rwasa ni #genocidaire , kwicarana nawe umwita #umushingantaheNyakubahwa ni #agashinyaguro kabi kuba #tutsis yahekuye, kubita #tutsisants bituma bazokubwira nivyo bataravuga!
2. Nimba uriko uvuga uburundi, kiretse uwagutumye , ntuzosubire kwita abadahuza nawe ko bakorera #cnddfdd kuko uburundi ni ubwa #Twese!
3. #cnddfdd n,igisoda Baratuza avugira utemeranya n,abo bamutuma #imbonerakure ku bica, #guterindaAbakeba, #kubaboreza igufa,.. Nawe hari imirwi washinze #Bafukure ngo #yamburagashambara, #isheguze imiryango yabo, #wanemeye kwiga hamwe n'abo musangiye #focode uko #bafukure mwoyishigikira( #SpaceRecorded) :
Ingendo ya #Baratuza ntaho itaniye niyawe na #Focode kiretse ko umwe ari muri reta nawe wihaye mu #mpunzi ko atawuvuga kiretse avuze ivyo #ushaka:
Abadahuza nawe kubera batunga agatoki ababahekuye , ubutungane kuri #genocide93 contre les #Tutsis ntuzosubire kuvuga ko ariwewe urwanira igihugu kubarusha: nabo #Uburundi n'ubwabo!
Igihugu camye gisamburwa n,uko kwa #ryogoraNgufukure, canke #nkwice!
Uyu mwibutsa uwigeko :#AkarimiKavugainangoreKaragororoka
Nta #Baratuza nta #Bafukure ni #imbwa nsa!! @DavyleLion @12amorFati @pamellamu1 @ubuntubdi @RaphaelManirak2 @nadine79_nadine @Louisfistonhot1

Umuvugizi w'ingabo z'Uburundi, Jenerali @baratuza2000 , yavuze ko @pnininahazwe ashaka kwigira inzobere mu vya gisirikare, ariko atariyo kuko ntaco yagiyemwo. #Baratuza yibukije abarundi ko Pacifique ari umubeshi avuga ivyo atazi rero ntihagire uwongera kwemera ibinyoma vyiwe.

Dufashe kano kanya tumenyesha Abarundi n'Amakungu yuko urwego @fdnbbi ruhagaze neza kandi yuko abarugize barangura amabanga bajejwe bisunze akarangamutima kabo. Ntihagire numwe aha agaciro ibiriko birava mu kanwa kaba sesankuyoze ata kindi kibaraza ishinge atari ugutyoza igihugu
#Baratuza Harya uyu yigeze kuvuga gute kuri Minembwe!!

Arko Aba bazoda Burundi barazir iki vraiment ? Statistiques yabasoda Burundi barimo kugwa Minembwe nanubu ntibaramenyekana #Baratuza naze asobanure icyo bazira? @baratuza2000 @bbcgahuza @ikigatanyakazi @NgogaFred @FOCODE_ @NtareHouse @RTNBurundi @bwizanews
RIP Major Bukuru Bernard,
Abana bawe bazokwama bakwibuka kandi natwe ntituzokwigera tuguharira mu mitima yacu. Wabaye intwari. Umusoda ntiyigera apfa,kandi intwari ntipfa.
RDC si iwacu ku Barundi ni ishyamba ryatwaye ubuzima bwa benshi.
Ndayishimiye azobazwa imbere y'ubutungane⚖️

@oswaki @MugishaHV Ahubwo #Baratuza bamufunge, ni gute wita Gen. umuchali? Yego #Neva byine ni umu civil ariko ntibyari ngombwa kubivugira muruhame! 😄😄😄😄
Umvugizi w'igisoda c'u #Burundi @baratuza2000 ati: Ububiko bw'intwaro bwatwitswe n'umuriro.
#Ndayishimiye ati: Hariya narahayoboye nta muriro uhaba kuko ntiwashyira umuriro ahari Intwaro
#Baratuza ati: Ndayishimiye ni umucivile ntavyo azi..
Burundi: #Baratuza ati isangana yaturutse kumuyaga nkuba..
#Kirogorogo ati: Nta muyagankuba urangwa hariya...
Iki gihugu ni comedie gusa..🤣🤣🤣
@semavumba wakwifatiye igihugu??
Basi wowe tumenye ko igihugu cyafashwe nimbonerakure..🤣🤣
@iMuserem we yamara abantu..🤣
Nta muyagankuba uba mu ma hangars y'ibirwanisho. #Baratuza tu as menti, ton commandant suprême dement.
🔥 Explosions meurtrières du 31 mars 2026 au Camp base : la thèse de court-circuit électrique est-elle à écarter ?
Le porte-parole de l’armée, le Général de Brigade Gaspard #Baratuza, a affirmé que le sinistre « serait dû à un court-circuit ». Cette version est nuancée par la Regideso, dont le directeur précise que la société « n’est responsable que jusqu’au compteur ou au transformateur et pas pour les installations domestiques », excluant ainsi toute responsabilité liée aux installations électriques sous sa responsabilité.
⚡ « Les courts-circuits peuvent avoir plusieurs causes : fils vétustes ou surcharge électrique », a tenu à preciser le directeur général de la @Regideso_bdi, Jean Albert #Manigomba.
👉🏾 Sur la question de l'indemnisation des victimes, le porte-parole de la @fdnbbi a rappelé que la Regideso et les Forces de défense sont toutes deux des institutions publiques. En outre « l’Etat est comme parent pour tous », a-t-il souligné.
Il a affirmé qu'l y aura des indemnisations, « mais qu'on ne va pas s’en prendre à la Regideso ». Les pertes matérielles seront donc couvertes par les ressources nationales, les poursuites n’étant envisagées.
⚠️ Le drame est quand même lourd de conséquences. 13 morts et 57 blessés, avec d’importants dégâts matériels, tant pour les civils que pour l’armée.
#securite

🛑‼️Barundi gumiza umutima munda ukuri #Baratuza ,yakumenye kandi na #Prime yabonye yuko imisore ya Ntare idahusha.
Rero Ivyabaye , vyabaye kandi vyategerezwa kuba , rero #Cnddfdd itegerezwa kumenya yuko , Uburundi atari agacambiri kabo mwa vyanka mwavyemera abana b’Abarundi bazotaha k’umututu apana kubiyago , n’ibindi vuba kandi bizoturika, n’igihe c’umwanya , uw’umvise y’umvise .
#Intarezamwezigisabo🔥
« Les explosions entendues proviennent d'un dépôt qui a connu un incendie à la base militaire de Bujumbura », vient d’annoncer le porte-parole de l’armée burundaise 🇧🇮
💥 Cette annonce est faite par le Général de Brigade Gaspard #Baratuza, porte-parole de l'armée burundaise, suite aux explosions entendues en début de soirée, ce 31 mars 2026, en ville de #Bujumbura 📲
✍🏾 La @Burundi_Police a demandé aux citadins de « rester calmes et vigilants », rassurant que la situation va être réglée.
#securite
@fdnbbi communique que ces explosions parviennent d'un dépôt de minutions à la Base militaire de Bujumbura qui a connu un incendie
🪖 Urwego rw’igisirikare rwibukijwe ko “ata musirikare yemerewe gutunga urupapuro rw’inzira atari urw’akazi (passport ordinaire)”.
Général de Brigade Gaspard #Baratuza yasiguye kandi ko “abasirikare basaba izo mpapuro baba bariko batwara ikibanza abandi Barundi babirekuriwe”.
👉🏾 Ivyo yabisiguye inyuma y’itangazo ry’umukuru w’igisirikare, Général Prime #Niyongabo, ryo kuri uyu wa 29 Nzero yandikiye abajejwe abasirikare mu turere dutandukanye.
🇧🇮 Aya matangazo asohotse mu gihe havugwa “abasirikare bariko bararondera kujabuka mu bihugu vyo hanze ku bwinshi”.
#umutekano
Last Seen Hashtags on Sotwe
momson() +filter:media()
Seen from Argentina
momson or #exny or #nolimit() +filter:native_video
Seen from Chile
颜射
Seen from United Kingdom
karina
Seen from Germany
istanbul gay
Seen from Turkey
stinkyfeet
Seen from United Kingdom
petite
Seen from Malaysia
türbanlıayak
Seen from Turkey
26yearsoflife
Seen from Turkey
sooplive
Seen from Japan
Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.1M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
112.5M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.2M followers

NASA 
@nasa
92.2M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.4M followers

KATY PERRY 
@katyperry
88.8M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.7M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.2M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
71.6M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.3M followers

YouTube 
@youtube
68.7M followers

Bill Gates 
@billgates
64.5M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.5M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
61.8M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers



















