Top Tweets for #GASAPE
#Burundi: En tant qu'acteur de la communication, honoré d’avoir rencontré à l’hôtel Jérusalem de Gateka Saxe Perry #GASAPE, un communicateur d’une institution, dans le but de renforcer la collaboration et les échanges professionnels.
@GeneralNeva
@IntumwaNews
@DorianeMunezero

Twe na #Gasape. Ngiye kuzana ubuhinga bwo kunyegurura abakoresha compte anonyme. Ufise identifiant ya compte, iyi irakwereka téléphone irimwo, nayo ikakwereka carte sim. Iyi nayo ikwereka nyeneyo. Mwari muziko ivyo mwandika,mufotora ko bica munzu y' umuntu kandi akabisigarana?

🚨 #GASAPE avuga ko agiye kuzana ubuhinga bwo kugabaniriza uyundi umuriro wa Ngendanwa.
🔋Nubuhinga buzotuma mushobora guhanahana umuriro kurya muhanahana ama unités ✍🏽
‼️Agira ati : ndazi murabigwanya nabi ariko nzoba nkoze ikintu ata wundi muntu kw'isi aragikora. 🌍
🚨 1/2

Mbega ntawompa inkuru y'ivya #Gasape? Bigeze he? @yigenga @MagazineJimbere @Ikiriho? Mu Burundi hari ibinsiga pe? Internet yatwemereye yo igeze hé?
La journaliste Sandra Muhoza n’a pas pu comparaître ce matin comme prévu. Le service pénitentiaire n’avait pas le carburant pour la déplacer au parquet.
Nouvelle audience le 12 novembre 2024 !😭😭😭
@RSF_Africa ; @pressfreedom ; @UEauBurundi ; @UBJ_Burundi

Ubwenge bwiw burenze ubwa #TerenceTao, afise urubuga hwaniro #Gasapappl , afise #JerusalemHotel nziza i @Gitega: #Gasape.Izo ngabire #Burundi bufise biva kubera indongozi yegereye abenegihugu @GeneralNeva, Ami de jeunes, président du peuple,Mutananirwa, Sebarundi, Nyeninganji,...

Banyarwanda twebwe ntimutwishnge twarateguye akarere. Ubunyene naho @X, @facebook, @instagram n'izindi zohagarika gukora twebwe ntaco twohomba, duca twigumanira @Gasapeapp, urubuga 💯% ndundi rwakozwe n'Umurundi ariko mweho koba gaciye. Abarundi benshi bibereye kuri #Gasape yacu

@GeneralNeva Nyenicubahiro mugukeza #Gasape yongeye ati: "Kubera iyi nyubakwa yokwakira ingenzi, abantu benshi bazogendera iyi ntara ya @Gitega hanyuma n'abarwizamwimbu baharonkere isoko y'ivyo bahingura".
@KwaNtare
@BurundiGov

Uwukoze neza arashimirwa bikaboneka. Nkuko vyabonetse mu kabaruwa SE yandikiye #Gasape , SE aranezerezwa n'urwaruka rubona ejo apana uyu Musi.
Nawe nivyo urimwo #jeunes ?
@reseau_gasap @GeneralNeva @KwaNtare @gasape2003 @Gasapeapp

Jewe naragiye kuryama muri #JerusalemHotel yo kwa #Gasape i Gitega nsanga hambavu y'ukwakirwa neza n'abakozi basa neza, bamota, bambaye neza iyo hotel ifise service ntarigera mbona hano mukarere kiretse ugiye i Buraya. Nukuvuga iyo hotel ikora kinyamwuga mubuhinga mpuzamakungu.

🇧🇮#Burundi🛍️: "Jerusalem Hotel" au cœur de @Gitega inauguré par le président @GeneralNeva ce samedi 27 juillet, au dernier jour de la Caravane #Inkebuzo dans les 18 provinces du pays. Promue par le jeune entrepreneur innovateur #Gasape (Gateka saxe Perry), #JerusalemHotel🛌 est une somptueuse infrastructure dotée d'équipements modernes, pour un investissement de plus de 2,8 milliards de FBu.

#Gitega: Beaucoup de choses à voir certes mais aussi cette province héberge l'un des plus beaux joyaux de l'#hôtellerie du #Burundi. Félicitations à #Gasape, vos services sont incomparables!!! @Gitega

🏩#Burundi #Tourisme Toujours au cœur de @Gitega, la capitale politique attend l'inauguration très prochainement du #JerusalemHotel, une infrastructure de luxe qui sera dotée d'équipements modernes, pour un investissement de 2,8 milliards de FBu, selon le jeune promoteur #Gasape

Most Popular Users

Elon Musk 
@elonmusk
241.2M followers

Barack Obama 
@barackobama
119.1M followers

Cristiano Ronaldo 
@cristiano
112.9M followers

Donald J. Trump 
@realdonaldtrump
111.8M followers

Narendra Modi 
@narendramodi
107.1M followers

Rihanna 
@rihanna
98.3M followers

NASA 
@nasa
92.3M followers

Justin Bieber 
@justinbieber
91.5M followers

KATY PERRY 
@katyperry
89M followers

Taylor Swift 
@taylorswift13
82.9M followers

Lady Gaga 
@ladygaga
74.4M followers

Virat Kohli 
@imvkohli
71.9M followers

Kim Kardashian 
@kimkardashian
70.4M followers

YouTube 
@youtube
68.8M followers

Neymar Jr 
@neymarjr
64.8M followers

Bill Gates 
@billgates
64.6M followers

The Ellen Show
@theellenshow
62.4M followers

Selena Gomez 
@selenagomez
62.1M followers

CNN 
@cnn
61.8M followers

X 
@x
60.8M followers







































